Gasape Gasape
    #burundi #elovebook_social #bujumbura #gitega #uburundi
    Advanced Search
  • Login
  • Create an account

  • Night mode
  • © 2023 Gasape
    About us • Contact Us • Developers • Privacy Policy • Terms of Use

    Select Language

  • Arabic
  • Bengali
  • Chinese
  • Croatian
  • Danish
  • Dutch
  • English
  • Filipino
  • French
  • German
  • Hebrew
  • Hindi
  • Indonesian
  • Italian
  • Japanese
  • Kirundi
  • Korean
  • Persian
  • Portuguese
  • Russian
  • Spanish
  • Swedish
  • Turkish
  • Urdu
  • Vietnamese

Events

Browse Events My events

Blog

Browse articles

Market

Latest Products

Pages

My Pages Liked Pages

More

Forum Explore Popular Posts Games Movies Jobs Offers Fundings
Events Market Blog My Pages See all
TUYIZERE Eric
User Image
Drag to reposition cover
TUYIZERE Eric

TUYIZERE Eric

@tuyeric2
     
  • Timeline
  • Groups
  • Likes
  • Friends 0
  • Photos
  • Videos
  • Products
0 Friends
4 posts
Male
34 years old
Lives in Burundi
image
image
image
TUYIZERE Eric
TUYIZERE Eric  shared a  post
13 w

.

AGASEKE
AGASEKE
13 w

KUVA UBU NTA MUNTU N'UMWE YAHAWE ITONGO CANKE PARCELLE NA LETA YEMEREWE KUGURISHA


Mu nama umushikiranganji DUKUNDANE Dieudonné muvyo ajejwe harimwo inyubako yagiranye n'abakozi b'ibiro bijejwe kwubaka mu Burundi baramenyesha yuko kizira kugurisha itongo canke parcelle wahawe na Leta.
Mbere n'umuntu azoyigura, uburongozi bozoyimwaka n'amahera yiwe ahereyo.

Ibindi bumvikanye muri iyo nama yo kuri uyu wa 16 Kigarama 2022 ni ibi :

👉Guharura abubatse bose batagira impusha no guhagarika abariko barubaka muri Nyabugete 4 & 5, Kizingwe Bihara kur’uyu wa Gatandatu, bikazomara indwi imwe gusa;
👉Ama parcelles yose atubatswe mu kiringo categekanijwe asubijwe Leta kiretse abatewe n’amazi ivyabo bizokwigwa ukwavyo. Kuyegeranya bikazoba vyaheze mu kwezi kumwe;
👉Guharura amahera azinjira mu kigega ca Leta kur’abo bose bubatse batarabironkera uruhusha.
Iki gikorwa kigategerezwa kurangurirwa no mu yandi ma quartiers mashaha Leta canke inzego zayo zatunganije
👉 Kuva ubu uwusaba parcelle yo kwubakamwo azosabwa kwuzuza urupapuro rwerekana umwidondoro wiwe (identité complète) n’uw’umuryango wiwe ku bo vyega (composition familiale)

Ikindi cafunditswe n’uko abakozi batunganya ivy’ibisagara bagiye kwigishwa gukoresha ubuhinga bwa (digitalisation)kugira bakore neza gusumba.Uburyo bw’ico gikorwa bukaba bwaraye bubonetse.
OBUHA ice itanga integuro n’ikirangamisi c’ingene abarishe amahera ya viabilisation mu ma quartiers atandukanye batari bwashikirizwe aho bubaka botunganirizwa imbere y’abandi basavye mu nyuma; bigakorwa vyose ariko ku buryo ata wobura uburaro mu Gihugu c’Uburundi

Mwebwe izo ngingo muzumva gute ?

#agaseke #burundi #iterambere #twikangure #inyubako

image
image
Like
Comment
avatar

kwizera Aubin

ntivyoroshe
Like
· Reply · 1671203704

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

TUYIZERE Eric
TUYIZERE Eric  updated his profile picture
13 w

image
Like
Comment
Share
TUYIZERE Eric
TUYIZERE Eric  updated his profile picture
13 w

image
Like
Comment
Share
avatar

Nihorimbere Prosper

Nice picha
Like
· Reply · 1671200143

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Adolphe Dusabamahoro

Umu Poil w'I jambo ryinshi
Like
· Reply · 1671203320

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

TUYIZERE Eric
TUYIZERE Eric  updated his profile picture
13 w

image
Like
Comment
Share
avatar

Nihorimbere Prosper

Akayabangu batama
Like
· Reply · 1671200247

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Ntakirutimana Innocent

Mwirambire
Like
· Reply · 1671201925

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Load more posts

Unfriend

Are you sure you want to unfriend?

Report this User

Edit Offer

Add tier








Select an image
Delete your tier
Are you sure you want to delete this tier?

Reviews

Pay By Wallet

Payment Alert

You are about to purchase the items, do you want to proceed?

Request a Refund