#breakingnews
Muri Zambie uwutavuga rumwe n'ubutegetsi HAKAINDE HICHILEMA yatahukanye intsinzi mumatora y'umukuru w'igihugu
#bujumbura
#burundi
#sogo257
Umunonotsi wacu FRANCINE NIYONSABA aramenyesha ko azogira ico ashikirije imbere y'abanditsi n'abamenyeshamakuru Inyuma y'amahiganwa arimwo muri USA.Akazotanga umuco kuvyamubayeko mumahiganwa yahoramwo muri TOKYO
#bujumbura
#burindi
#sogo257
Umuririnvyi Mkombozi aramenyesha ko vidéo y'indirimbo yiwe Uyumwaka vuba ija ahabona
#bujumbura
#burundi
#sogo257
Niyongabo Benjamin
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Manirakiza Christ Hilgard
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
J.Bosco Manirakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?