Ubushakashatsi bwerengewe.Hasigaye Imana iriyo yo kubimenya


Aho mubona umuvyeyi n'abaganga. Hepfo hari utwana 9 twavukiye rimwe

.

Umuvyeyi wo muri Mali aheruka kuvyara abana 9 icarimwe. Hari ikibazo. Mbega abaganga botanga insiguro. Abenshi barazi ko amahasa asigirwa ivyayo ariko abana 9 kuvukira rimwe ni ibanga rya Ndiho. Abaganga babandanye bakora amatohoza bazotubwira

Comments