Akazi ka reta gatera gakena ariko abantu bakananirwa no kwironderera akazi kabo. Ivyiyumviro bikwiye guhinduka


Umurongo munini ni abapfuza akazi ka reta ariko abipfuza kwironderera akazi ni Bâle.

.

Ingingo ya reta yo kwiga ku buntu yakiriwe neza n'abenegihugu. Ni co kimwe n'ingingo y'ishure nshingiro. Izo ngingo zose zatumye higa abantu benshi. Vyatumye reta itagishoboye guha akazi abize Bose. Yamara reta yama ihimiriza kwironderera akazi no kugaha abandi. Abantu bakwiye kumenya KO ubuzi buhari n'aho bugayitse bwobeshaho benshi. Hari uburimyi, ubworozi, ubudandaza abantu bojamwo bagahera hasi baduga gushika bikenuye bagakenura n'abandi

Comments