IBINTU 6 BIKWIYE GUHINDUKA
1.Kumara (2,5,10ans, ...) uri mwi dini kanaka utazi ingene usenga ari #formule gusa ukoresha yivyo wafashe!
2. Kwama usaba ngo #bagusengere (Iyo ufise ikibazo). Kandi ubwawe ushobora kwisengera inyishu
ikaza.
3. Kwama usomerwa ijambo ry' IMANA. Kandi uzi gusoma.
Ninku kugaburirwa Nkivyana vy' inyoni.
4. Kugazwa N'ibihimbara umubiri (Food , Téléphone, Comédie, musique, Film,..)
Kandi ari wewe warukwiye kubigaza.
5. Hagusenga IMANA ugasenga *Idini (Ngo #ntarindi_nosengeremwo: Ukuba umuja w'idini ),
*Abantu (akrorero: ukuraba igitigiri c'abariyo),
*Ibigirwamana.
6. Kureka gushiraho urugezo [limite ] ukw' IMANA Yokora Mum'imitwaro yacu |Akarorero: Ukipfuza ko yoguha amahera yokuriha inzu kandi yo Yashaka Kuguha inzu yawe bwite|
Urunganwe #rudahindurwa ariko #ruhindura Abandi
DF Arakaza