Nifatanije n’Umuryango wanje mu kwongera kwipfuriza Noheli nziza Abarundi bose, aho bari kw’isi yose. Iyi Noheli ibe iy’umugisha ku miryango yacu n’igihugu cacu.

image