Uyu musi mukuru wa Kristu Mwami utubere, twebwe Abakristu, akaryo keza ko kwisuzuma, guhinduka no kwinagura mu Mana. Umucunguzi wacu Yezu Kristu ashishikare kutubera umuco umurikira imitima yacu, imiryango yacu n’igihugu cacu.