Super League Cup

N'ihiganwa rishasha risa n'irije gukura UEFA Champions League ririmwo Amafaranga menshi cane kandi rikaba rishigikiwe n'imigwi 12 y'ibihangange kwisi ariko n'ihiganwa rishigikiwe n'abanyamitahe benshi gusa rigwanywa na UEFA kuko rije riyigabanya inguvu.

Nk'abakunzi bumupira w'amaguru mubibona gute ???
FIFA na UEFA bamaz gutangaza ko imigwi izokina iryo higanwa bazoyifuta mumahiganwa yose y'ayo mashirahamwe kandi umukinyi azorikina ntazosubira gukina igikombe c'isi.

Bamaze kuvuga ivyo ngivyo ivyo perèz yabishuy.
Mubibona gute ???

image