🛑Mu gisagara ca #goma neza na neza mu karere ka #shasha, ibido ya 20l y'umwanda muto igurwa hagati y'amadorare 6$ na 7,5$. Iyo aguzwe akoreshwa kenshi mu gutabira imirima narirya asanzwe arimwo Azote, Potassium na Phosphore bituma ibiterwa bikura ningoga.
👀Isoko ibonetse wumva wogenda kwicira ayo madorare?

image