🔴#chany #queen "URUKUNDO RWO KU MUNWA RUMAZE IKI?"
📌Chany Queen ni umwe mubigeme bafise ijwi ryiza mukuririmba hano mugihugu cacu c'uburundi.
Yavuze gato kubijanye n'urukundo ati
📌"Kubwira umuntu ko umukunda vyasaze ukabimubwira muri babiri gusa ariko hakabura n'umusi numwe umusoma abagenzi biwe babona canke ukamuha na 50.000fbu,urwo rukundo si uburyarya kweli!"
📌Nawe uvyumva kumwe na Chany Queen?
NICKOTV UPDATE
@Homme du Changement🔻🔻🔻

image