Ishirahamwe BMBC rikora mu vyo kwubaka, gutegura ivyigwa hamwe no gucapura rimenyesha ko ririko riragurisha amazu ari mu mugambi bise BMBCHOMES2021 #bujumbura-#gahahe, aho umuntu agura inzu kw'ideni. lbindi rikora ni "Plafond" za kijambere, ibikoni vya kijambere, imiryango n'amadirisha bikozwe muri « Aliminium ».
Iryo shirahamwe, rimaze imyaka 10 rikora, rivuga ko uwufise ikibanza (parcelle) gifise urupapuro ndangatongo (titre de proprieté), akaba afise ibice 20 kw'ijana vy'amahera inzu yiwe izotwara, rirashobora kumwubakira kw'ideni rifadikanije n'ibanki bakorana.
Abashaka kuryitura borisanga mu gisagara ca Bujumbura muri karitiye #kigobe canke bagahamagara kuri +257 79 50 02 27/+257 22 27 98 28 canke kuri email : info@bmbc.bi

image
image
image