🔴 Amahinguriro nka Brarudi SA, #buceco na #sosumo asabwa kwongereza umwimbu wayo
-------------------------------------
❓ Muri ca kiganiro c'abavuginzi b'inzego za Reta zabereye mu ntara ya #rutana, ku kibazo c'ubukene bw'isima, isukari n'ibinyobwa vya Brarudi, umuvugizi w'ubushikiranganji yishuye asaba amahinguriro BUCECO, BRARUDI na SOSUMO ko yoshiramwo inguvu, ikongereza umwimbu
👉🏾 Abagwizatunga nabo ngo boshira imitahe mu gisata c'amahinguriro kugirango haboneke amahinguriro menshi, gutyo umwimbu wiyongere
👉🏾 Ku bijanye n'ibinyobwa, ngo ntibokwishinga kunywa ivya Brarudi gusa, ahubwo ngo boja baranywa n'izibitoke biganira
👀 Musomyi, ikindi cotuma ikena ry'ivyo bidandazwa rihera coba ari ikihe ?
#uburundi #ubutunzi #jimbere



Methode NDAYIRAGIJE
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Methode NDAYIRAGIJE
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
OBADY Nshimirimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?