#mwaro_inkino: HARATUNGANIJWE AMAHIGANWA Y'URUKINO RW'UMUPIRA W'AMAGURU.
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2022 kuri #stade_kigutu harategekanijwe inkino zibiri zateguwe #?n'#ishirahamwe_ry'umupira_w'amaguru mu ntara ya #mwaro zigice ca kane nkuko tubimenyeshwa n'uwujejwe amahiganwa mwiyo ntara #SINDAYIHEBURA_Thaddée.
Urukino rwa mbere rukazotangura isaha zitanu rukazohura umurwi wa #faucons_fc na #bisoro_utd.
Inyuma y'umutaga naho isaha umunani ko umurwi wa #kibumbu_city izohura na #bow_fc y'i Nyabihanga.
#agasumo_mwaro_inkino_infos

imageimage
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care