🛑 #burundi
Ngiki ca #gisagara ukandagijemwo ivyawe birenge gusubira kuduga bihinduka ikibazo c'ingorabahizi!
🤖Naho worara ubusa ukanirukanwa munzu uhiga uko ukigorerwamwo ariko ukakigumamwo yamara iciyumviro co kuduga ukacegeza kure! Kandi aho wasize inzu y'ivyumba bine ruguru n'ama hectare y'amatongo!
: #bujumbura!

image
image
image