Events
Blog
Market
Pages
More
Abenshi muri mwebwe, baranyanka ariko iyo maze imisi ntaboneka barabaririkiriza igiti intoni iyo nagiye.
Niwabona bukeye bukira uri muzima urabanza wibaze impamvu vyagenze gutyo KO hoba hari inguvu washizemwo. Nuko rero uheze wirinde kubona KO isi n'ijuru ari rwawe.
Abatabizi baribaza KO isi bazoyibako kugeza imyaka n'iyindi.
Hari igihe kenshi twibagira isezerano twasezeraniwe n'Imana maze ntukava kuriyo, bikaba ngombwa KO Imana itigirira ikigo gwe kubwo imbabazi zayo.nuko rero twige kwiyibutsa isezerano no kugumya ibanga, twige kwinginga Imana mugihe vyatugoye tukayishayako. Umusi mwiza kuri twese.
Are you sure you want to unfriend?
Load more
You are about to purchase the items, do you want to proceed?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?