🔴Flash
Mugeze he?
Mu bisanzwe #ufunguye utuntu tworoshe kandi duke dutunganije neza, bituma #woroherwa cane.
Ibi rero nivyo baguteguriye i #yeruzalemu i Gitega, kaze uryoherwe, #amahera akora kw'isi gusa.
Menu :
Udu #fyiriti,
Aka #mayoneze
Aka babi ka #roriyo
#agasangala kokeje
Udu tunguru n'aka #konkombure.
Aho rero.
#akayabagu kuri mwese, baba abaza kubifungurira aha nyene ku #gicapo, canke abaza kubishira muri #estoma.
#turabakunda cane.

Like
Comment
Bigendera Dani
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Deo Ruberintwari
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?