Gushira mu buhinga bwa none bimwe bishitse igisata kijejwe kwegeranya amakori #obr, gushigikira abigenga no kubaronsa imitahe, kwitaho igisata c’ubutare, gushinga amategeko mperekeza mu bijanye no kwimba ubutare, biri mu vyokorwa kugira ubutunzi bw’igihugu butezwe imbere. Ivyo ni bimwe mu vyasabwe n’umurwi w’abahinga b’ibanki y’isi yose uraba ibijanye n’iterambere, kuri uwu wa 20 Nyakanga.
Wabisabiye mu mubonano wahawe n’umushikiranganji wa mbere wa Reta y’Uburundi, Gervais Ndirakobuca. Bariko barabira hamwe icokorwa kugira Uburundi bubandanye gutera imbere. Ikindi ciyumviro bashitseko, ni uko mu #burundi hakwiye kwitabwaho kuruta igisata kijanye n’umuyagankuba. Ku bw’izo ntumwa, mu gihe ata muyagankuba uhari, n’aho abanyamitahe boyizana nta kinini coshikwako.
#irankunda bosco
#burundi



NTAHIRAJA Madjidi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Vyizigiro Claude
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sango Amissi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?