🔴Ibirori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe agateka k'abakenyezi ku rwego rw'igihugu biriko bibera ku murwa mukuru w’intara ya #rumonge. Ivyo birori bikaba vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu c'Uburundi #evariste NDAYISHIMIYE, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe, #AngélineNdayishimiye; uwu munsi mukuru rero ukaba uriko uhimbazwa kucivugo kigira giti :
"UMUKENYEZI AJE IMBERE MW'ITERAMBERE RY'UBURIMYI NO GUKINGIRA IBIDUKIKIJE".
#akacutv #amakuru #burundi #journeedelafemme


