BURUNDI mon pay
BURUNDI mon pay

BURUNDI mon pay

229 Members

https://www.gasape.com/post/27....6451_like-kuri-page.

🔴 #burundi Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi #gerevazi_ndirakobuca yaganutse kuri uyu wa mbere avuye mu gihugu ca #niger aho yari yaserukiye umukuru w'igihugu mu nama y'abakuru b'ibihugu n'ama Reta bigize umuryango w'ubumwe bwa Afrika.

Umushikiranganji wa mbere akaba yamenyesheje ko muri iyo nama bize ibijanye n'ingene boteza imbere igisata c'amahinguriro muri Afrika, ivyerekeye isoko rusangi yo guhanahana ibidandazwa mu karere ka Afrika hamwe n'ibisata bikuru bikuru bishobora gufasha kugira iterambere ry'ibihugu vya Afrika rishoboke.

Yamenyesheje kandi ko bafunditse ko ubutunzi kama bwo muri Afrika bwohingurirwa muri Afrika nyene kugira bateze imbere amahinguriro na cane cane bahereye kuyahingura imiti, guteza imbere igisata c'uburimyi n'ubworozi, kurwiza inyubako rusangi n'ibindi.

Mwomenya ko muri urwo rugengo yabonanye n'abarundi baba mu gihugu ca #niger aho yabasiguriye imigabo n'imigambi ya Reta mvyeyi kandi nkozi. N'abo bakaba baramushikirije ivyiyumviro ku vyerekeye ingene abarundi bobona kumwe akahise k'#uburundi.

#burundi #imigenderanirr
#

image
image

Raba namw mugire icomuvuze kwibibisanga vyabaye kuyumugabo bafashe arongoye umugore wumu general!!!!!!!!nuwo mukazirabageni ibururi niyobamufatiy kumugeneral

image

Raba namw mugire icomuvuze kwibibisanga vyabaye kuyumugabo bafashe arongoye umugore wumu general!!!!!!!!nuwo mukazirabageni ibururi niyobamufatiy kumugeneral

image
Film zisobanuye  shared a  post
1 y

Raba namw mugire icomuvuze kwibibisanga vyabaye kuyumugabo bafashe arongoye umugore wumu general!!!!!!!!nuwo mukazirabageni ibururi niyobamufatiy kumugeneral

image