BURUNDI MON PAYS Cover Image
BURUNDI MON PAYS Profile Picture
160 Members
Akacu Burundi shared a post  
  23 w

23 w

🔴Ibirori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe agateka k'abakenyezi ku rwego rw'igihugu biriko bibera ku murwa mukuru w’intara ya #rumonge. Ivyo birori bikaba vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu c'Uburundi #evariste NDAYISHIMIYE, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe, #AngélineNdayishimiye; uwu munsi mukuru rero ukaba uriko uhimbazwa kucivugo kigira giti :

"UMUKENYEZI AJE IMBERE MW'ITERAMBERE RY'UBURIMYI NO GUKINGIRA IBIDUKIKIJE".


#akacutv #amakuru #burundi #journeedelafemme

image
image
image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Akacu Burundi shared a post  
  24 w

24 w

Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE Yakiriye umuserukizi wa Papa mu Burundi Musenyeri Dieudonné Datonou.Musenyeri Dieudonné Datonou akaba yarazaniye Umukuru w'Igihugu c'Uburundi urwandiko rurungitswe na papa rwo kumwipfuriza umwaka mushasha mbese n'urwandiko rw' ubutumire bw'ukugendera papa i Roma.

#akacutv #amakuru

imageimage
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Translate   35 w

I love you. Answer me

  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Akacu Burundi shared a post  
  39 w

39 w

🔴Umuririmvyi w'Umurundi #bainturo ntakibarizwa mumpimba ubu aridegemvya .Akaba yari yapfunzwe azira gukoresha isanamu mundirimbo icafuza umuririmvyi mugenzi we #monnawalda azwi nka Mow kanzie ari nawe wari wamwitwariye .

#akacutv #amakuru #burundi

image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Akacu Burundi shared a post  
  40 w

40 w

🔴😍Abatimbo b'ingoma z'Uburundi 🇧🇮 bwa nyaburunga babiciye biracika imbere y'umukuru w'igihugu c'Uburundi hamwe n'isinzi ry'abantu muri reta zunze ubumwe z'abarabu mw'ihayanishagurishwa ririko ribera i #dubai.

Mw'ijambo umukuru w'igihugu #evaristendayishimiye yashikirije ntiyahengesheje kurata ivyiza bigize uburundi bwa nyaburunga muri iryo hayanisha ahereye kukiyaga ca #tanganyika n'ibindi... ,maze yaciye aboneraho n'akaryo ko gutumira abarwizatunga n' abanyamitahe kuzana imitahe Mu Burundi kuko hari uturusho twinshi n'ivyiza vyinshi.

Inyuma y'ivyo Umukuru w'igihugu yaciye agendera ikibanza kirimwo ibidandazwa vy' i #burundi aho Yari kumwe n'uwurongoye iryo hayanishwagurisha aho nyene i Dubai.

Mubivuze kw'iki? 😍

#akacutv #amakuru #burundi #dubaiexpo

image
image
image
image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care