BBC News Gahuza
BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

@bbcgahuza

Ubwongereza, Ubutaliyani n’Ubuyapani mu mushinga w’indege y’intambara idasanzwe
Tempest jet ni umushinga w'indege y'intambara y'ikiragano kizaza izakoresha ikoranabuhanga rihanitse n'intwaro zinyaruka kurusha ijwi

image

#qatar2022: Ni nde #goncaloramos -umukinyi yasubiriye #cristianoronaldo?
Mu gihe Ronaldo atarashobora kwinjiza igitsindo na kimwe mu nkino zitandatu zose zo gukuranamwo #portugal imaze gukina muri rino higanwa, n’aho amaze kwinjiza ibitsindo umunani mu mahiganwa y’igikobe c’isi yose, Ramos wewe amaze kwinjiza bitatu.

image

Nyuma y'uko kuruka kw'ikirunga, Ubuyapani na bwo bwaburiye abatuye mu birwa (amazinga mu Kirundi) byabwo byo ku mpera mu majyepfo ko hashobora kuba umutingito.

image

China: Kuki barimo kwigaragambya bafite impapuro z'umweru zitanditseho?
Imyigaragambyo, bivugwa ko idasanzwe, y'abitwaje impapuro zitanditseho bamwe batangiye kuyita 'impinduramatwara y'urupapuro rwera'

image

#us: Umukobwa yankiwe kuraba ingene se wiwe anyongwa kw’itegeko ry’umucamanza

Bitegekanijwe ko #kevinjohnson anyongwa ku musi wa kabiri, inyuma yo kwagirwa n’icaha co kwica umupolisi mu 2005, igihe yari agifise imyaka 19.

image