NDIKUMWE NA PAPA VITAKAN MUBUTALIYANO
Uwo muzungu mubona turikumwe ni PAPA umukuru wa ekleziya katulika kwisi yose,, nariko ndamubaza kukibazo kijanye nurya Mutama Yitwa #aloys yavuze ko ariwe mucunguzi w'isi rero nasanze urya mutama Aloys ari Data wanje ntako ntamuhanuye ndamubwira ko kirya kibanza c'umucunguzi w'Isi yocikurako ariko ntiyumve,,,
Rero PAPA w'ivatikano ambwiye ko urya data wanje Aloys asara rero nashaka nsabe abarundi bose iyo muva mukagera nimba mwoba muzi ahantu bavura abasazi neza na neza ko mwohandangira bakavura data wanje Aloys nemeye 100million kumuntu andangira uwuvura indwara zo mumutwe kuko jewe uwamvuye mwakuyu naramwibagiye
MURAKOZE MES CAMARADES

Odon Bruno Iradukunda
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Princia Irishura
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Carlenne Ineza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?