TUBUNGABUNGE UBUZIMA BWACU
TUBUNGABUNGE UBUZIMA BWACU

TUBUNGABUNGE UBUZIMA BWACU

48 Members

Le stress a un grand impact sur le fonctionnement organique de Notre corps!

image

Ntagukekeranya turashobora kuba twamaze guterwa n'ikiza ça virus Marburg! Indwara ifitanite isano rininiya na Ebola!
Biradusaba twese hamwe kwirinda! Nacane cane Ababa kumbibe uburundi buhana n'igihugu ca Tanzania!
Muyinga, Cankuzo, Rutana na Makamba!
Ariko nahandi muyindi mice y'igihugu twokwirinda cane.
Kudakoranako, mugihe umuntu yapfuye tutazi icamuhitanye tukirinda kumukorako n'ibindi...

image

Hello all my friends, 💖
Along time with no post,
I am back to continue!
Let's keep safe our lives.

Les céphalées constituent le motif de consultation le plus rencontré dans nos salles de consultation. Elles peuvent signaler une infection, maladie chronique ou causes physiologiques. Parmis ces causes on peut dire le stress, la fatigue et déshydration! Boire assez d'eau peut aider à ce problème plus le repos suffisant.
Passer une excellent journée!
Dr Antoine.

Ndapipfurije indwi nziza mwese
Muze mugire ingoga n'ubwira bwogukora cane
Mwongere mugire amagara meza
Maze mukore mutiziganya kugira mutere imbere ndetse munateze imbere igihugu cacu.
Imana ibahezagire Kandi cane.



Have good ideas