#rwanda-#burundi: Umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame yakiriye, kuri uyu w'Imana mu biro iwe, Ézéchiel Nibigira umushikiranganji w'Uburundi ajejwe iyinjira ry'ico gihugu mu muryango wa Afrika y'ubuseruko.
Nk'uko biri ku rubuga rwa tweeter rw'ibiro vy'umukuru w'igihugu c'Urwanda (Urugwiro Village), iyo ntumwa idasanzwe n'abo bari kumwe bari bajanye ubutumwa bw'umukuru w'igihugu Évariste Ndayishimiye asanzwe arongoye umuryango wa Afrika y'ubuseruko.
Nzosaba Chantal
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sixte Belly
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nishimwe Madjidi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?