VOA Radiyo Yacu
VOA Radiyo Yacu

VOA Radiyo Yacu

@VOARadiyoyacu

Ishirahamwe mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu, OMS, rivuga ko abandura COVID-19 barushiriza kugabanuka ku mugabane wa Afrika. Ariko riragabisha ko ico kiza ataho kiraja kandi ko ibihugu bikwiye kuguma biri maso.

image

USA: Abademokrate Batsindiye Sena

image

Muri Afrika y’epfo, abategetsi bo mu gisata kijejwe gutabara mu biza, bavuze ko abantu bashika icenda bapfuye abandi umunani baburiwe irengero. Hari inyuma y’aho uruzi rutwariye abayoboke b’ishengero bari bakoraniye ku ruzi Jukskei bari mu mugirwa w’urubatizo.

image

Prezida w'Uburusiya, Vladimir Putin yatangaje ko yitegeuriye ibiganiro ku vyerekeye Ukraine. Yamara amenyesha ko ibihugu vyvo mu burengero bw'isi bitegerezwa kwemera ivyo gihugu ciwe gisaba vy'uko vyemera intara za Ukraine cigaruriye.

image

Abantu 14 bahasize ubuzima i Yaounde, ku murwa mukuru wa Kameruni, bari ku maziko kuri uyu w’Imana. Buramatari Naseri Paul Bea, w’intara yo hagati ya Senegal, yavuze ko baguweko n’umuzosi wari hejuru y’itongo bariko barahambamwo umunyagihugu yapfuye. Yavuze ko hakiriko hararonderwa abandi boba bapfuye

image