#burundi: Abapasitori bategerezwa kuzoba bafise urupapuro rw'umutsindo rw'amashure ya Kaminuza, kandi uwutowe wese kugira arongore ishengero akazotegerezwa kurirongora imyaka itanu, iheze hatorwe uwundi.
Ivyo bimwe mu vyizwe mu nama nshikiranganji iheruka gukorana kuri uwu wa gatatu irongowe n'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye, tukaba tubishikirizwa na Prosper Ntahorwamiye, umunyamabanga mukuru akaba n'umuvugizi wa Reta y'uburundi. Izindi ngingo zafatiwe amashengero, n'uko amashengero akukira amashengero ari hanze y'iguhugu ategerezwa kwerekana uko uburyo buva hanze bugenewe amashengero bukoreshwa, amashengero yose ategerezwa gukuraho abitwa imboneza mu kwemera abo bita aba "visionnaires", amashengero nayo akora ibikorwa bizana amafaranga abwirizwa gutanga amakori.
Nkundwanabake Thacien
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?