football news (primus League)
football news (primus League)

football news (primus League)

269 Members

Gitega-Burundi.

Parcelle igurishwa.

Ipima 10 ares, iri hagati mu Gisagara ca Gitega. Ifise titre foncier , amatara n'amazi biriho, ni muri urbanisme amabarabara aciye neza, yubatswemwo n'urupangu rwiza cane rukomeye nk'ubutare rufise na annexes. Amabarabara ugendera kuri pavee gusa n'ikaburimbo inkungugu ntikwegera witahiye...
Igurishwa imiriyoni 250 bogabanya(250 million Fbu negociable).

Contact: WhatsApp+257 79 578 979

image

Super League Cup

N'ihiganwa rishasha risa n'irije gukura UEFA Champions League ririmwo Amafaranga menshi cane kandi rikaba rishigikiwe n'imigwi 12 y'ibihangange kwisi ariko n'ihiganwa rishigikiwe n'abanyamitahe benshi gusa rigwanywa na UEFA kuko rije riyigabanya inguvu.

Nk'abakunzi bumupira w'amaguru mubibona gute ???
FIFA na UEFA bamaz gutangaza ko imigwi izokina iryo higanwa bazoyifuta mumahiganwa yose y'ayo mashirahamwe kandi umukinyi azorikina ntazosubira gukina igikombe c'isi.

Bamaze kuvuga ivyo ngivyo ivyo perèz yabishuy.
Mubibona gute ???

image