Kandi bwa Bubasha nyene, Umwe Kristo nyene! Haleluya ! Reka abo bashingiye ku nyuguti gusa, abo bantu bahakana Ububasha bw' Imana, bavuga ko atari vyo, ariko Bwa Bubasha nyene bumwe bwarema isi buri mur' abo bantu bafise Mpwemu Yera. Ukwo ni Ukuri. Yemwe bagabo, namwe bagore, harageze ko tumenya ico muri. Satani agerageza kubanyegeza inyuma y'ivyo, ababwira yuko muri akantu gatoya kapfuniranijwe. Ntabwo ariko muri. Muri abahungu n'abakobwa b'Imana. Ubumana ntiburi mw' Ijuru; buri muri mwebwe. Haleluya! Ndazi ko mwiyumvira ko ndi umusazi, ariko nyemerere ndababwire ikintu kimwe bene Data: igihe umenye ko Imana Mushoboravyose iba muri wewe, bwa Bugingo Buhoraho, "Ubugingo bwaNje Ndabutanze, Zowe," bwa Bugingo bw'Imana buri mu kiremwa-muntu!
Ubumana bwa Yesu Kristo
25 Kigarama 1949
Akarongo ka 80
Eric Ntakarutimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
INGABIRE Le burundais
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?