Congratulations 🎊 to this guy!
#RadioVacances
#RTNB
🔴👏 Vigny Pavel w'imyaka 23 yiga kuri Université Lumière de Bujumbura niwe yaraye abaye uwa mbere mw'ihiganwa ry'Ikiganiro Radio Vacances gitunganywa n'umurongo wa kabiri w'insamirizi y'Uburundi mu rukino rwa nyuma (finale) rwabereye ejo mu nyubakwa za RTNB
✍️ Ico kiganiro gisanzwe kiba mu biruhuko vyo mu ci, kikaba gishingiye ku bumenyi butandukanye (Culture Générale) kikaba kibaye ku ncuro yaco ya 45 (catanguye mu 1976), urukino rwaco rwa nyuma rukaba ruhuza ababaye abambere babiri babiri mu ntara zose zigize igihugu cose. Mu bafashe mu mugongo kino kiganiro uyu mwaka hakaba harimwo ishirahamwe ryitaho ineza y'ibibondo UNICEF Burundi
#uburundi #urwaruka #indero #ubumenyi #jimbere
IRAZANYE Job
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?