*Inyuma y'ikiganiro ca Son Excellence Evariste Ndayishimiye, Umuvugizi wiwe Hon Évelyne Butoyi N'umuhanuzi Karerwa Ndenzako babandanya kwakira ibibazo bitakigira isaganirizo* *gutyo bazobimushikirize. Cisha kuri
1) *Hon Évelyne Butoyi (porte parole) : 71200201*
2) *J.Claude Karerwa Ndenzako : 79910912.*
Reposted from BCM BURUNDI
🔴BCM Burundi🇧🇮 Primus Ligue⚽,Itangazo‼️
‼️Vyamenyekanye‼️
Alain Olivier NIYUNGEKO (Mutombola),Inyuma yogutsindira agashimwe k'umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi (Best coach of the month) ko mu kwezi k'umunani Mutombola niwe kandi agarutse yongera gutsindira agashimwe ku kwezi kw'icumi mu mwaka wa 2021
BCM ikaba irangiza iri tangazo ivugako izomenyesha hanyuma umusi,isaha n'ikibanza Coach Mutombola azoronswa ako gashimwe yatsindiye.
Bigizwe n'igisata kijejwe kumenyesha amakuru muri BCM Burundi 🇧🇮
#@PLB🇧🇮
#@BCM Burundi
#❌Stop_Covid19
📷 : Akeza.net
#sport_online257
#plb
#ffb
#kayanzasports
J.Bosco Manirakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Irakiza Siméon
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Jean Wilson
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?