Gasape Gasape
    #burundi #bujumbura #buy #jimbere #uburundi
    Advanced Search
  • Login
  • Create an account

  • Night mode
  • © 2023 Gasape
    About us • Contact Us • Developers • Privacy Policy • Terms of Use

    Select Language

  • Arabic
  • Bengali
  • Chinese
  • Croatian
  • Danish
  • Dutch
  • English
  • Filipino
  • French
  • German
  • Hebrew
  • Hindi
  • Indonesian
  • Italian
  • Japanese
  • Kirundi
  • Korean
  • Persian
  • Portuguese
  • Russian
  • Spanish
  • Swedish
  • Turkish
  • Urdu
  • Vietnamese

Events

Browse Events My events

Blog

Browse articles

Market

Latest Products

Pages

My Pages Liked Pages

More

Forum Explore Popular Posts Games Movies Jobs Offers Fundings
Events Market Blog My Pages See all
Daniel Niyobuhungiro
User Image
Drag to reposition cover
Daniel Niyobuhungiro

Daniel Niyobuhungiro

@Mutoma
  • Timeline
  • Groups
  • Likes
  • Friends 837
  • Photos
  • Videos
  • Products
Nothing
837 Friends
32 posts
Male
Works at Nothing
Studied at L.c.bbz
Lives in Burundi
From Bubanz
image
image
image
image
image
Daniel Niyobuhungiro
Daniel Niyobuhungiro
24 w ·Youtube

Amakuru ashushe bishobotse usimbire no kuri youtube urebe amakuru meshi anasekeje

Like
Comment
Share
avatar

Nduwarugira Cédrick

Yiki
Like
· 1681025702
1 Reply

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Erick Jonas

Fgtr
Like
· Reply · 1681026446

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Obède Ndayiragije

Ok 👍
Like
· Reply · 1687377458

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Daniel Niyobuhungiro
Daniel Niyobuhungiro
38 w

✔Fungura account yawe uciye kwiyi link👇

https://www.masterqashtechnolo....gies.co.ke/signup.ph hama utangure gukorera amafaranga💵💵 ikibazo uri bugira uranyandikira inbox nkusobanurire

*UBURYO BWO GUKORERA AMAFARANGA💵💵 NUBU BUKURIKIRA

1. KURABA😵 VIDEO KURI YOUTUBE NA TIKTOK: aha buri video yose urevye uhabwa 700Fbu//300Frw

2.GUKORA🖋 TRIVIA QUIZ: batanga ibibazo bitanu wishura vyo mubuzima busanzwe wabitora ukaronka🤑🤑 1800Fbu//900Frw

3.LIKE👍 PRODUCTS:aha compony yamamaza ibikorwa vyabo hama ugashirako like👍 bagaheza bakaguhemba like imwe👍 bayihembera 230Fbu//100FRW

4.CLICK AD:aha uhembwa 150Fbu//70Frw

5.INVITE REFERALS:aha utumira abantu bakinjira business hama ugahembwa iyo utumiye umuntu ahita aja kuri

*Level 1 yawe uwuri kuri level 1 yawe yatumira uwo yinjije agahitira kuri level 2 yawe uwu nawe atumiye uwo atumiye ahitira level 3 yawe uwu nawe atumiye uwatumiye ahitira kuri level 4 yawe* ingene rero ushobora guhembwa bivanye nabantu ufite kuma level yawe

*Level 1: 4000Fbu//2000Frw
Level 2:2000Fbu//1000Frw
Level 3:1000Fbu//500Frw
Level 4:500fbu//200frw*

guyz nimba koko wumva watangura iyi business nyandikira inbox nkufashe

Iyi business ikora mubihugu 8
*Burundi Rwanda Tanzanie Uganda Kenya Zambie Malawi Nigeria*

*Urashobora kwaka ingurane igera kuri 50000Fbu ukunguka 15% ukayishura mwayo ugenda ukorera

Ufite ikibazo nyandikira whatsapp:+25768854428

Fungura account yawe uciye kwiyi link👇
https://www.masterqashtechnolo....gies.co.ke/signup.ph

Register | MasterQash
Favicon 
www.masterqashtechnologies.co.ke

Register | MasterQash

Home of Champions - #MASTERQASH **KENYAS BEST MULTI LEVEL MARKETING**
Like
Comment
Share
avatar

Egide NIYUKURI

Biragoye
Like
· 1672165350
1 Reply

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Alain David Runyerera

Ubwo nububeshi
Like
· Reply · 1672165748

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Eddy Lucky

Bimeze gt
Like
· Reply · 1672166018

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Daniel Niyobuhungiro
Daniel Niyobuhungiro  shared a  post
39 w

Umuganwa
Umuganwa
39 w

Urukundo rubabaje part 6
__________________________
Twasize numvise urusasu ruvuze

Dukomeza
Numvise urusasu ruvuze ñca npita nikangura
Naragize ubwoba bwishi cane muri iryojoro.ntangira kwibaza impamvu noba ndonse ivyo bintu nagise nongera kwiryamira
Twavyutse mugatondo ngira nitegure nje kwishure
Justin nawene yagire yitegure aje kwishure umenyako twiyogera hamwe namutoya wanje yaciye antera agakuru kavuga gati:umukobwa yitwa Gogo yafashe ufoto yase wiwe ayishira kuri ecran agiye kwishure umukobwa mugenzi we atora fone yiwe asangamwo ifoto yase wa Gogo
Uwomukobwa aca atangira kumubwira ati:yooo gogo usigaye ukaze!! Nawew ururugabo musigaye muzinanye!!??sha gusa ico ururugabo ndarukundira rurikura amahera gusa niko muca mubigira mutikingiye
Yaciye ambaza ari nkanje bibayeko ndinka Gogo uko nari kwifata?
narabuze inyishu nomuha gusa ndavyibutse uko yabimbwiye numva nezerew nkaca nibukanukuntu ngiy gukundana na Orli nkumva nezerew cane
amasaha yarageze ndatonda kwishure
Vyari ibintu biryoshe cane nagenda niyumvira ukuntu nzakwifata nshikiye umukunzi wanje Orli bikansiga
narashitse kwishure ngeze mukigo nabonye orli aza yiruka ahita angwa munda(arampobera)numvise umengo ngire ninjire muyindi si
Nuko akimpobeye yahise ambwira aya majambo ntazigera nibagira<<ndagukunda cane mwami w ubuzima bwanje>>
Nahise nkorora amarira yakanyamuneza mbura ivyo nomwishura abanyeshure nabo twigana uko imisi yagenda niko batwiyumvira ko dukundany kukuntu twanezererwa murukundo rwacu.
Ibihe vyaragiye ibindi biza turiko twitegurira ibibazo vyigice ca1
nkigihe cisaha5nabonye umuntu uje ufite icuya cinshi cane aza ahita abwira amajambo mwalimu mbona mwalimu ameza nkuko ababaye
mbona mwalimu aranyakuye ndahaguruka gusa nahagaze nibaza ikintu boba bampamagariy mbona numuntu udasanzwe usankaho ndamuzi mumiryango
numvise ambwira uti:tebuka tujane kwamuganga mbonye umuntu yambaye ishati nkirya ya so waw asa nkuwavuye
Nahise nkangukwa ..
ese papa yoba apfuye!!
Suite part 7
Like na share birakenewe

Like
Comment
avatar

Mexo Pÿ

Aaaaah iyinkuru niya 1 kl kutabandanije
Love
1
Like
· Reply · 1671826678

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Uwimana Cyriaque

Urukundo turambabaza?
Like
· Reply · 1671828316

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Enduone VideosProducer

Okat
Like
· Reply · 1671829451

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Daniel Niyobuhungiro
Daniel Niyobuhungiro  shared a  post
39 w ·Youtube

Umuganwa
Umuganwa
39 w

Raba agasobanuye kigihinde hano👇
Ek ajnabee part1

Like
Comment
avatar

Egide NIYISHOBOYE

Good
Like
· Reply · 1671782905

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Obède Ndayiragije

Fine
Like
· Reply · 1687377483

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Jesse Lingarld

Fine
Like
· Reply · 1689609743

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Daniel Niyobuhungiro
Daniel Niyobuhungiro  shared a  post
39 w

Umuganwa
Umuganwa
39 w

Urukundo rubabaje part 4
__________________________
Twasize Orlivine ancakiye ukuboko.
.
.
.
Nagiz ubwob can nibaz koyob yambony agapapur kiw namutway
Orli:nturaheza ngo dutahe
Nje:nahejej
Orli:tugend rero turaganira
Nje:mbega utah he?
Orli:mugutah numvis duca munzir imwe
Nje:numv ari vyiza
Nje naranezerew can kubona atabony ko namutway agapapur
Twaraganiriy can
Aja kumbwira kumuhung bakundan agac ater imbany abakobw babir
Gus narumv vyaramubabaj nanj nageragej kumuremesh
Nagiy kumv numv ambajij ko nob mfit telephon
Nj naramubwiy ko ndayiftansab numer yanj ndayimuh nanj musab iyiw arayimp
Twaratash ndamusezer naw aransezer nka bon koyar yavyishimie kubon twar kumw
Kand nanj nar navyishimie gos kuko narumv namukunz
Narashits muhir nezerew can
Turafungur numv tunezerew can uko twar tuvukan kuko twari twishimy kubon tur kumw
Papa yagira umuduga atwara mwibarabara atar gwiw
Arik nih yakura ivy dufungur kand tukumv tubayeh neza
Hagez kumugorob nca nibuk ko har agapapur mfit ntasomy nj kugasom nasanzemw amajamb avug ut:<<orlivine nukur uyu muhung twicaranye Jay ndumv namukunz
Arko nanj mbon umengo yagukunz wew orlivin
Agum akurab,nuwamubaz ivy mwalim avuz ntiyobisubiramw>>
Naciy numv ikint kumutim
Uwund mwany nkumv mbabay nkac nibuk ukunt orne yambwiy k namutay nkumv agahind
Nkibaz ko ivyanj na Orliv bitazohav bkund kukunt orne yankunz
Ibih vyaragie bcanacanana
Nasubiy kwishur nahamey abanyeshur bos tuzinany
Ico gihe ntama note nafat nasanga orne yayamfatiy nkabur ukunt mbigenz
Kuko jew nakund orli
Gusa naj narabon ko orne ankund arko akabur ingen yobimbwir
Uyo musi dutash nararavy orli dutahan
Nari nateguy konza kubimubwir ibind kumutim wanj
Twaratash ndamubon tratah
Twariko tugenda niho numv binyankiy mumutim
Nsanga namaz kumubwir utrli
Orli:sabw
Nje:har ikint kuva nkikubon nagiz mumutim wanj
Orli:coba arigik k Jay
Nje:Orne muvyukur nje naragukunz bimw bhebuj,kand j ndipfuz ko igih nicager k twaban
Orli:...
Suite part5

Ukaba utaratangura business online nyandikira nkwize businesses wakora
WhatsApp:+25768854428

Like 50 dukomeze🙏🙏 nimba ataco bigutwaye ugire like kwiyi page na share

image
Like
Comment
avatar

Nkunzimana Obed

Nihatari
Like
· Reply · 1671734309

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Jean Bertrand

hhm
Like
· Reply · 1671735619

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Leonce Bizindavyi

Nihatari
Like
· Reply · 1671735896

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Load more posts

Unfriend

Are you sure you want to unfriend?

Report this User

Edit Offer

Add tier








Select an image
Delete your tier
Are you sure you want to delete this tier?

Reviews

Pay By Wallet

Payment Alert

You are about to purchase the items, do you want to proceed?

Request a Refund