#urgency:barundi bancuti namwe abagenzi ivyiza iburundi vyabatashe mwari tumenye ibintu vyimanza twiruka hirya nohino cank kuba #diaspora turiha dutuma ibintu bikaragir a uburyo bwacu buhagiriye ibibazo✅
✅.#belle-Agence-EVenement (#bae) ninyishu kuvyo bibazo,vyose
Ufise mariage :baragutunganiriza urubanza rwawe wose , guhera kunzu ushaka kubanwo ndetse na Devi yurubanza gushika umusi wanyuma uyinjiye.utu bigenda gute?
📣Bagufasha gutegura urubanza ukababwira ivyu keneye ndetse nuko wifuzako korugenda.
Bacabagutegurira uburyo rutwara.
Wewe ucutanga ubwo uburyo ibindi vyose bakavyimenya wewe usigara wirindiriye umusi nisaha bakaza kugutora na family yawe babashikana kurubanza rwanyu rubera bahejje bakabatahana.
Navyo bigenda uku:
Dutanga:imodoka za location , z mariage
_twambika imiryango
_ama Salle y, imanza
_ama clebe atamba
_amazu y,ukubanwo
-aba ryosha ibirori
-ivyuma bitanga amajwi canke amsanamu.
Eka nibindi vyose vyankenerwa
Ibindi :ama anniversary
. :marriage
. : dôte
Nimaza zugushingura abacu eka nibindi vyose kubikora guhera kukintu cose . bakunzi bacu begere baba fashe kandi museze gusagura
Uburyo bwanyu
👉Akabirya uburyo bwose ufise baragukorera urubanza canke bakaguha ikiringo cokuriha mubice canke mukiringo kanaka baragukorera urubanza rwawe neza ukaberwa cane
Bakure.kuri #whtsapp:+257 79 61 30 70
E mail 📤 jmugisha590@gmail.com.
#bae inyishu yabarundi bose👏👏👏





Jeanine Nshimirimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ntakirutimana Innocent
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?