the New stories adapté Cover Image
Category
Education

No kuri Facebook wandiste 👉👉the New stories adapté, naho wahadusanga canke ukandikira iyonimero ikagushira muri groupe de WhatsApp ya the new stories adapté ni ±257 68945412 , ±257 76656497

image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care

Nohora vyuka mugitondo ndira kuba ntagifise papa wanje yankunda cane

Ariko 2015 maze kugira incuti idafise umuvyeyi numwe kuvu icogihe naciye ntangura gusenga ngiye kuryama kugiramana Indindire mama wanje narinsigaranye mbere nomugitondo nkavyuka nshimira Imana kuba yamunzigamiye nawe ubabaye ndizera ko atarukwo ubuze ivyakunezereza ahubwo umusi niwo utaragera wukubitekerezaho ukongera ukishima👌👌

  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care

None nyimba ubona ibi: -- ntamahera
-- ntakazi
-- ntabavyeyi
-- uragwaye
-- ntancuti ufise wizera
- ntamwana
--ntamukunzi
-- ntavyo gufungura
-- ntahokuba ufise
Burikimwe cose ntacufise ariko basi niwishime kuba ukiriho kuko iricizere cukwo ushobora kuronka ibiruta ivyowipfuza kuwabufise igihe kiracahari cukubironka

  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care

Impamvu tubabara iyotubuze ibintu vyacu nuko tugifise ivyiyumviro nkivy'abana bato kuko aribo biyumvira kw'ivyobafise bazabihorana iteka ryose ariyompamvu niyo turyatuzu bubaka tubumoste bahita barira kuko biyumvira kobazaduhorana

  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care

😭😭 chambre,icumba , niyoncuti yawe yambere kandi y'ukuri kuko bishiste ko ivyuhakorera , nivyuhavugira bikaja hanze bikamenya Bose icokurikir n': 1_ gusara ukiruka kumusozi

2_ kugenda wivugisha ikaniyishura
3. _kugenda utoragur amasashe mumuhanda ,mwibarabara

None ntiwumva ko bamwe butubesha ngo nitwe ncuti twenyene bafise kwirikinyoma😂😂 kandi nubundi birangira tubaye abansi bazirana🙆

  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care