Events
Blog
Market
Pages
More
Nah' ibiyaga vyocika wino, Ijuru rikab' impapuro, Ivyatsi vyose bakabigira Amakaramu y'abanditsi; Ab' isi bose bakandikako Ivy' urukundo rwayo, Ntibobiheza, ntivyokwirwako! Wino ni yo yoshira! Indirimbo zo guhimbaza Imana 354:3
Mu bari mw isi nta wugororoka, Kandi nta wuri no mw ijuru, Atar' abizera ko bogejwe de N'amaraso ya Yesu gusa. Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera? (Indirimbo zo guhimbaza Imana 68:1)
Mu bari mw isi nta wugororoka, Kandi nta wuri no mw ijuru, Atar' abizera ko bogejwe de N'amaraso ya Yesu gusa. Wogejwe na Yesu? Watunganijwe n'amaraso? Har' aho yakwuhagij' amaraso? Mbeg' imyambaro yaw' irera? Indirimbo zo guhimbaza Imana 68:1
Are you sure you want to unfriend?
Load more
You are about to purchase the items, do you want to proceed?
Iranyibuka Pacifique
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Aline UWIMANA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Irankunda Japhet
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?