🔴 SAT-B UMURIRIMVYI ADAFYINA MUKAZI | ABAMUZI BAKUBWIRA KO IYO ASHATSE IKINTU ARUHUKA AKIRONSE.
BAMUTAZIRA INCUNGU Y’UMUZIKI W’UBURUNDI 🇧🇮
📌 Uyu mubona niwe yahimirije abarundi gukoresha youtube, Facebook na Instagram. Ico gihe abenshi babifata minenerwe. Abandi bamwita King wa Facebook.
📌 Muri izi generation turimwo uyu niwe kandi yarokoye abarundi abakura mugasuzuguro mugukora ama collabo akomakomeye gushika ubu ntawura mushikira.
📌 Tugiye kuri views naho uyu nyene niwe yeretse abagenzi biwe umuryango wogukwiza 1 Million Views gushika kuri 3.000.000 views.
📌 Abasesanguzi baremeza yuko abarundi batajijutse bakunda ivyabo bizogorana ko hagira uwumukurikira kuma views canke agere ikirenge kuri record ya 3M views.
📌 Biravugwa yuko yoba afitaniye igikorwa na @harmonize_tz. Hamwe vyoba arivyo, wovyakira gute nk’umuririmvyi w’uburundi ?
