#burundi : Tumaze iminsi tubona kuma réseaux sociaux imyidogo y’abarondera ibitabo vy’inzira muri Commissariat Général des Migrations (CGM), n’ingorane y’ibiturire ihavugwa. Ikiriho twagerageje kurondera Commissaire Général wa CGM, Général Major de Police Maurice Mbonimpa kandi akaba yemeye kuduha umuco.
🔹 Yatubwiye yuko ibimaze iminsi vyandikwa abibona, n’imyidogo ayumva ; kandiko ibivugwa ariko arabikurikiranira hafi.
🔹 Yatubwiye yuko hariho ikibazo c’ibitabo vy’inzira (passports) ariko yuko commandes bagize bazirindiriye. Ko abantu bokwihangana gato iryo bura ry’ibitabo ryavuye ku bwinshi bw’abantu babisaba. Ubu ibishoboka vyose biriko biragirwa kugira biboneke vuba.
🔹 Ku vyerekeye ibiturire bivugwa, CGM yatubwiyeko yongeye gusaba umunyagihugu uwo ariwe wese yoba yarashikiwe n’ingorane nk’iyo akakwa igiturire c’amahera arengey ikiguzi c’igitabo yarondera, ko yoja ku rubuga rwa none rwa CGM (plateforme) avuge abo bantu bamwatse ico giturire canke yandikire Commissaire Général ubwiwe kuri ino Numéro +25761 520 000 kuri Whatsapp canke ubutumwa busanzwe (SMS).
🔹 Akaba ashimira abanyagihugu bamaze kumushikiriza ibirego, kandi ati : « Ingingo zarafashwe. N’ikimenyamenya, abamaze gufatwa barahanwa, abandi bagafungwa ».
#burundi
#mupigotv
Source : Ikiriho.bi

MANIRAMPA Emmanuel
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Kwizera Prosper
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nzohabonimana Innocent