Nkurikije ivyo Umukuru w'igihugu aheruka guhanura amabanki, imigambi nk'iyi itaboneka cane hano iwacu amabanki yategerezwa ahubwo gutanguranwa kuyishigikira, hakaba hasigaye ko abahinga bayo baraba gusa ko ishoboka, ko amategeko yose yakurikijwe, ko amatongo ata matati arimwo... Ivyo navyo si ibitegerezwa kumara amezi mu gihe hari ugushaka.


J.Bosco Manirakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?