Journal Burundi-ECO Cover Image
Journal Burundi-ECO Profile Picture
Journal Burundi-ECO
@JournalBurundiECO
Category
Media/News Company
Translate   36 w

Pacifique Ndabihawenimana aguma yizerwa. Niwe azohagarikira urukino rwa #cameroun vs #gambie
--------------------------------------------------------------------
Inyuma yaho bigaragaye kwavyitwaramwo neza, umuhagarikizi w'umurundi Pacifique Ndabihawenimana aguma yizerwa na #caf.
Yagenywe azohagarikire urukino rw'igice ca Kane gishira icanyuma ruzohuza Cameroun na Gambie kuri uyu wa 29/01/2022.

image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Translate   36 w

Ibiciro vy'i Ndagala biri hejuru mur'ino misi. Kuri uyu wa 26/01/2022 ikiro c'indagala cagurwa ibihumbi mirongo ine y'amarundi(40 00 mw'isoko kwa Siyoni. Mu kwezi guheze ngo zagurwa 35 000 canke 36 000.
Abadandaza bavuga ko zizimbuka mu gihe c'ici. Aho ibiciro birakoroka gushika ku bihumbi 15 000.
#burundi

image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Translate   37 w

Kw’isoko ry’akazi mu #burundi, urwaruka rwamaze amashure ntirukunze kwisangamwo : benshi muri rwo nta bumenyi canke uburambe mu kazi bagira. Baraca hasi kubura hejuru barondera akazi ariko bikagorana

image
  • Like
  • Love
  • HaHa
  • WoW
  • Sad
  • Angry
  • Care
Translate   39 w

Ishirahamwe NTABARIZA rirashima intumbero ya reta yo kurekura abanyororo batagirizwa amakosa akomeye cane nk'ubwicanyi.
Vyashikirijwe n'uwurongowe iryoshirahamwe Jean Marie Nshimirimana kur'uyu wa mbere itariki 3 z'ukwezi kwa mbere 2022.
Avuga ko hamwe iyo ngingo yokwirikizwa hazorekurwa abanyororo 7000 kubarenga 12000 bapfungiwe mubusho butandukanye bisunze ibiharuro vya 2021.
Ashimira kurako kigoro ko gushaka kugabanya ibitigiri vy'abanyororo mubusho.
Ati iyo ngingo yiyongereye ku kigongwe umukuru w'igihugu yari yagiriye abanyororo bashika 5000 mur'iyo minsi iheze.
Ariko ababazwa n'uko harekuwe abanyorororo bangana 2700 gusa kubera imvo zitandukanye.
Asaba reta ko yorekura abobapfungwa bose kuko agahombo ari kenshi ku miryango yabo no kuri reta nyene.
Ati iyumvire namwe nk'umuntu apfungwa imyaka nka 7 hama akezwa n'ubutungane.
Ati agahombo ni kanini cane. Asaba ahubwo reta ko yoshiraho ikigega co gushumbusha abantu nk'abo.
Arasaba kandi ko reta yoshiraho ikigega cogushumbusha abanyororo bahura n'amasanganya atandukanye mubusho. Ivyo yabivuze afatiye kubaheruka guhira mugasho k'Igitega.