Ukwo naraye ndonse ama Unités 10 000Fbu kuri Dr Ir Perry Saxe Gateka giveaway
Ikibazo ca mbere kwari kwandika ivyo tubona kw'i photo muri Commentaire: God is Good even when times are bad. Cari kuri 5000Fbu cananiye kubera Network.
Ku kibazo ca kabiri ishusho yariko umutwe w'umugore, n'ishurwe, n'ikiganza nabaye uwa kabiri kuri 10 mu gushirako commentaire aha mba ndonse 2000Fbu muma unités.
Kuri irya publication dushirako Econet Wireless, arico kibazo ca gatatu nabaye uwa 4 kuri 10 mu gushirako commentaire mba ndonse 1000Fbu muma unités.
Ku kibazo ca kane aho twategerezwa kuvuga izina ry'umuntu yari kw'iphoto nawe akaba yari Ir Gateka Saxe Perry nabaye uwa 5 muri 5 bari bakenewe. Aho mba ndonse 5000Fbu mu ma unités.
Ikibazo ca gatanu kijanye no kwandika izina rya logo ya Gasape Networking Application cananiye. Network yari yanse iwanje.
Ku kibazo ca gatandatu twategerezwa kwandika God is Good hari hakenewe commentaires 20 kandi twashobora kwiyongeza. Aha rero nanditse kabiri 15, na 16 mba ndonse 1000Fbu muma unités.
Ku kibazo c'indwi twategerezwa kuvuga izina ry'uwuri kw'iphoto yari Son Excellence Evariste Ndayishimiye. Aha nabaye uwa 8 kuri 10 mu gushirako commentaire. Nca mba ndonse 1000Fbu muma unités.
Ikibazo c'umunani kwari kuvuga ico tubona kw'iphoto. Yari ikarata ya Afrika irimwo ikarata y'Uburundi risize ibara ry'umuhondo. Iki ntivyakunze ko ndacishura kubera Network.
● The President of the Republic of Burundi HE Evariste Ndayishimiye along with his wife Angeline Ndayishimiye Ndayubaha started today a 3 days official visit to his Ugandan Counterpart HE Yoweri Kaguta Museveni, says the press release from the Presidency.
#burundi
#uganda
#diplomasiya
#jilson
Irakiza Siméon
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?