Iyi nkuri iraryoshe uyisome hama ukore #j'aimer kuri page urabe iyikurikira
🌷🌷EJO HAWE M'URUKUNDO part02.
#muri_part 1:
🔸Twasize Alice akomeje umukino wugukunda Bruce na Vital ariko bitamworoheye Vital amusaba kumujana muhira akanka kubera yamaze gutwara Bruce,
🔸Twasize Cedric abwiwe ivya Alice , aho mbere cedric agiye guhura na Bruc.
Vyarakomeje:👇👇
Code promo: NJM257 muri 1xbet!!
=========❤❤❤❤========
🌹Dukomeze:
Bruce amaze kubaza alice chr wiwe igituma abura cane yamwishuye ko telefone akunda kuyizimya!!
Tuvuye ngaho tuje kuwundi musi aho tubona Cedric arikumwe na Bruce aho tuzi ko bruce azi ivya Alice chr wa Bruce
Bruce na cadric koko barincuti ariko muribo atawuzi ivyinkundo vyuwundi!
Barahuye rero barayaga nkibisanzwe twumva ibi:
Cedric: bro imisi myishi kabisaa twari twaburanye!
Bruce: muhungu nihatari ubuzima uko buzimba niko numwanya uba muto , ariko ntarwanko rurimwo,
Cedric: Hama mbega ko harumusi naje kukuraba bambarira ngo uherekeje chr wawe kutambwiyw erega nanje ndacashakisha wosanga ngiye kumukunzi wawe ntabizi
⚫⚫⚫⚫⚫
Bruce: Hhhh sha cedric ntamwanya ndabifatira ngo ndamukwereke kandi urabona ntukunda kuboneka , ariko arahari,
Cedric: aho nisawa mutere muja imbere,ariko rero muhu inkundo zino misi bisaba kuba magabo ukoreshe ubwenge cane ntukunde nkinjiji
Bruce: sha muhungu nubwo atavyera jewe ndabona bimeze neza kuko no mundwi iheze narindi iwabo kandi vyari bimeze neza,
Cedric: aho nisawa ndumva ko yarinze agutwara niwabo murizeranye, ariko rero nubwo birukwo mbarira izina ryiwe kuko birashika tukarwanako nkamenya uko nfata umugora wumugenzi
Bruce: hhhh yitwa Alice shaa ndamwikundira kandi nawe arankunda nubwo indani humuntu hagoye kumenya,
Cedric: uvuze ngo yitwa Alice?
Cedric yibutse Linka chr wiwe amwiganira inkuru yumukobwa yitwa Alice,
": chr urya mukobwa yitwa Alice ariko akundanye nabahungu babiri icarimwe umwe yitwa Bruce uwundi Vital gusa ngo akunda Bruce uwundi ngo nuko afise amahera ".
Aciyumvira Bruce aca avuga ngo:
Bruce kumenga biragutangaje wiyumviriye vyishi harico woba uzi kuvyerekeye nawe, canke woba umuzi?,
Cedric: sha bruce urazi kurumujama jewe uwo alice ntawe nzi ariko siryambere numvise iryo zina gusa uko nakabikubwiye ukoreshe ubwenge bwishi murukundo ivyubu kuvyizera biragoye ijana kwijana!!
Bruce: muhungu jewe numva uncanze mbarira ntimba harivyo ubiziko ntakibazo nukuri,
Cedric: sha naco nzi jewe ariko ukoreshe ubwenge inkundo zino misi zirantera impungenge, ntukangwe nuko yagutwaye muhira ivyo nibito!!
Cedric na bruce vyarangiye basezeranye ariko cedric yanka kuvuga meshi namwe murabizi umuntu wumugano ntavuga meshi cane cane ayo adafitiye ivyemezo!!
Ariko ngo korehsa ubwenge aho yavuze
🍎🍎🍎🍎
⚫⚫⚫⚫⚫⚫⚫
🖍🖍🖍🖍🖍🖍🎤🎤🎤🎤🎤
Tuve ngaho tuje kuruhande rwa VITAL aho yarikumwe numuhungu mugenziwe ariko harivyo bariko barayagako nkincuti nyene:
Vital: mutama Eloi sha warapoteye kabisaa mwino misi ntukiboneka,
Eloi: sha ahubwo sijewe nawe uba ubona ivyubuzima, ariko sha mbarira numvise ngo usigaye watwawe nurukundo katavyo nakuzigako vyagenze gute?
Vital: hahah hewe jewe nubwo atavyo wabona canke ngo ndabikubwire ndarambiyeyo,
Eloi: Ahaaa uze uragenda buhoro kubera utanguye kuronka , dukeya ndatwita dukeya kuko ntaho uragera harenze burya abakobwa beshi bazoza kubera ivyo nyene,
Vital: Oya sha jewe ndiyizeye na Alice ariko arambesha ndavyizeye,
Eloi: uvuze ngo chr wawe yitwa Alice?
Vital: Egooo niko yitwa haraho umuzi se?
Eloi: wapi sha nzi ba alice beshi sinzi urumva rero ntawe noca menya gusa uzomunyereke umusi umwe!
❤❤❤❤❤❤❤
🌷🌷🌷🌷🌷🌷
Tuvuye ngaho tuje kuruhande rwa Cedric na Linka aho bariko baraganira mbese tubona basa nabagira baheze dushitse twumva ibi:
Linka: chr ndumva ngiye kubaho mwirungu nari namenyereye kukubona keshi,
Cedric: chr urazi ko ngukunda ariko tugomba gutahura ubuzima nabwo ko buronderwa, ariko reka nkwibarize:
Cedric: chr urankunda?
Linka: chr ndagukunda kandi nawe urabizi ,
Cedric: chr jewe ndagiye kandi nsize umutima wurukundo iwawe rero nyemerara ko uzondindira isezerano,
Cedric: chr kugusezera biba bigoye ariko reka bikorwe murukundo nyene kuko imbere haracariyo ibihe vyokwishimana , ariko ico nkwijeje nuko ngukunda kandi nzakuzirikana nkumukunzi,
Linka: chr isezerano nkufitiye nuko ngukunda kumbure ibihe bizosubira biduhuze ariko umenye ko nzogukumbura,
Cedric: chr reka twihangane nubwo dutanye nikubwimibiri sikubwimitima!
Linka: chr ndazi nzigora nze kuguherekeza ariko reka nkwipfurize kugenda amahoro, kuva ngaha no muri Kenya nurugendo ruto ariko ndashaka ngo imana ize ikurinde vyose bishoboka!!
=Eeeh kumbe cadric agiye muri kenya!!=
.
...
....
..🍎🍎🌷🌷🌷👌🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀
⚫Tuve ngaho tuje kwa Bruce aho yari yicaye ahantu ariko aribaza kukiyago bagiriraniye na cedric aho ariko aribaza:
"Mbe basha kuki cedric yambariya arya majambo ? Hoho kuki ndamubwiye Alice yibajije vyishi ubwo ntaco boba bahuriyeko, ariko ngira ntakihari, kuko agira yigire"
Bruce yakomeje kwibaza:
"Ngo nkoreshe ubwenge? Sha ndagomba kuraba ico nkora kuko ntajambo rivugirwa ubusa kandi vuba cane"
Kuruhande rwa Vital nawe aho yarasigaye inyuma yukubonana na Eloi yariko aribaza kumajambo amubwiye ngo urabe ukoreshe ubwenge aho yiyumvira ibi:
"Ariko nyene nigarukeko nkumugabo! Kuki Alice atemera ko nja muhira iwabo ubwo ntakivyihishije inyuma?"
❤❤❤⚫⚫⚫⚫⚫⚫⚫⚫
..
..
...🥀🥀🥀🥀🥀👌👌👌
🍎
❤❤❤❤❤❤
Tuje kuruhande rwa Cedric aho yari kukibuga cindege ariko aribuka uko ikiyago yayaze na chr wiwe Linka mbese guheza kuvyibuka tumwumva avuze ibi:
"Mana urandindira umukunzi wanje Linka umpe nibihe vyiza kumbure uzosubira uduhuze"
Nkinyuma yamasaha abiri gusa cedric yari yamaze gushika muri Kenya ariko tugiye dusanga yicaranye nuwo twokwita boss wiwe bariko barayaga ibi:
Boss: cedric karibu urisanze uwo nawe numukobwa wanje , rimwe narimwe muzoza murakorana mukazi jewe nguma ngenda ngaruka ,yitwa Taiffa urabona muri murunganwe rumwe muzoze murubahana!
Boss yarakomeje:
Boss: Taiffa uwu niwe mugiye kuza murafashanya akazi yitwa cedric , jewe mumisi nzogenda Cannada nzomarayo imisi, ndazi muzokora neza,
Taiffa: Papa namubonye kandi namwishimiye cane ndabona numwana mwiza,
Taiffa guheza kuvuga harivyo yaciye yibaza muriwe:
"Ariko imana irarema umusore mwiza weee!! Ariko na papa nawe ntako atagira ngo nishime , urabona ingene uyo musore arimwiza shaaa reka gusa dutangure akazi nzokwereka"
Taiffa aca yongera avuga ngo:•••••••.
...
....
........ IRABANDANYA:••••••••••
🔸Dusize kuruhande rwa Bruce yibaza kurukundo rwiwe na Alice aho mbere twumvise agira ngo ahindure umukenyuro, ese koko ubu naho agira akore iki?
🔸Dusize vital nawenyene yibaza impamvu Alice atamwemerera kuza muhira iwabo aho bimuteye amakenga, ese Alice agiye kworoherwa?
🔸Dusize Cedric yakiriwe muri kenya ariko twumva ko hari umukobwa wa boss ivyiyumviro bije nabi ese azokworoherwa?
Ntucikwe na part3!!
Ukore #partage hama ube uryoheye umwanditsi•
Kora #suivre kuri page kugira ntucikwe nizi nkuru
Dieudonné Manirakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Fleury Igiraneza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Niyifasha Gaspard
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?