Retrait immédiat des marchés de tous les produits ne figurant pas sur la liste des produits fabriqués localement acceptés sur le marché. L'administration et la Police du #burundi invitées à:
1) mettre en exécution cet ordre;
2) fermer toute unité de transformation en illégalité.
I invite you to Like my news Gasapa SN page, please 🙏
ABARUNDI BOKWITEGA KO INTETE Z'IBIGORI ZIGIYE KUGABANUKA IGICIRO
Mugihe ikigo ANAGESA caraye gitangaje ko kuri uyu wa mbere ariho gitangura gushira kw'isoko umwimbu w'Intete z'Ibigori zahora m'ububino, kuri uyu wa 28 Munyonyo naho ubwato bupakiye itoni 500 z'ibigori buvuye mugihugu ca Zambiya niho bwashika kukivuko ca Bujumbura.
Kurivyo abarundi ngo bokwitega ko ibiciro vy'intete z'ibigori kw'isoko.
Ni mugike 1kg c'intete ku ma soko cari kigeze hagati ya 2300 na 2509fbu.
#rumonge: Kubura amase yo gutabiza indimo biri mu bituma abarimyi bahangayika muri iki gihe c'itera
Bamwe mu barimyi bakorera imirimo muri komine ya Rumonge bavuga ko naho hasigaye hakenerwa intabire mu kurima ibiterwa bitandukanye nk'ibigori, intore, ibiharage, itomate n'ibindi. Bitandukanye na kera kuko batakoresha amase, ariko ubu bakaba barondera umwavu kugira barabe ko umwimbu wokwiyongera.
Nk'uko tuvyiganirwa n'abo barimyi ngo intabire irabazimba kuko amase y'ibitungwa agoye ironka. Imvo ni uko abenshi bidakunda ko baronka aho bakorera ubworozi, abayafise nabo bakayazimbako.
Umwe mu borozi b'inka aba ku mutumba wa Mugomere, mu gisagara ca Rumonge ntahakana ko amase atazimvye. Asigura ko ibeni imwe y'amase ayigurisha amahera agera ku bihumbi 60. Uwusavye amase y'amahera makeya nawe akamugereraniriza bivanye n'amahera afise.
Uwo mworozi avuga ko bigoye kuronka insasire, hamwe n'ubwatsi bwo kuzigaburira. Yongerako ko kugira batungire inka mu gisagara bisaba kuronka umukozi abaronderara insansire n'ivyatsi vy'ingaburo, ahanini biva mu myonga iri kure y'igisagara ca Rumonge nko mu mbanda z'inzuzi za Murembwe na Dama.
Ivyo navyo akabona ko bisaba umutahe munini kugira ubwo bworozi bukunde ari naco gituma baheza bakikora no ku mase nabo bakayadandaza kugira babashe kuronka uburyo bwo kugaburira ibitungwa.
??????? ?? ?????
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Richard Nsengumuremyi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Dieudonne Niyomukiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?