IFL
IFL

IFL

@IFLNEWS
IFL
42 w ·Youtube

🚨🚨Nay Chris afadikanije n'umuhinyanyuzi Joël Hounghton baraye basohoye indirimbo yitwa
"#Bon_Accueil" 🔥
N'indirimbo ifise amasanamu meza yakozwe na Bedi Best🇧🇮
•Bon Accueil woyiraba uciye aha
👇👇👇

#murahari tubandanye inkuru yacu?

#KWIKURA_AMATA_MUKANWA❤️❤️
#part 16
⚫Muri Part 15; Duheruka Anne ariko avugana na Claude kuri téléphone maze umugabo wa Anne ariwe Desire akaba yarari inyuma ya Anne ariko Anne nawe atamubonye,
Rero turabona anne ari kuvugana kuri téléphone na Claude :
Claude: none baby wamugabo wawe yahavuye aza?
Anne: ego Chr wanje namusanze muhira.
Aho naho Desire aho yarari inyuma yurugi ishavu rica riramurya aca atangura kwibaza ati: Koko hariho umuntu dusangiye umugore? yemwe hagiye gupfumuntu mamayangu.😳
Claude: ehh! nivyiza Chr naringizati woba wamubuze gose ngonze kukwisangira irijoro.
Haaaa, aho rero anne ahoyokwishuye desire nishavu ryinshi nakantu acamushikura terefone avuga ati:
Desire: stop! Ivyo muyaze birahagije‼️
Ahorero anne kabisa yararahutse umutima ahoyakangutswe yibaza ngo:
ubukoko ivyotwavuze vyose yoba yavyumvise?
🔥Murako kanya naho rero Desire yaciye akwega Anne amujana muri chambre nishavu ryishi aca abanza kumuha ikofe rya kwanza hama aca amubwira ngo:jewe tugira twihurire mwuyu mwanya.
.
.
ndagirango ukurikir film agakino niko tubona hano hantu.
.
.
.
🟣Reka tubanze tuje murigwarugo kwa Eloge aho tubona hagati ya nina na eloge ibintu bimeze neza aho munibukako eloge ariwe yahatswe kuba chr wa anne, anne agacazana ibintu vyokwishima akamubwirako bataberanye, ntidutebe turabona mwurworugo kwa eloge kabisa barahezagiwe baratunze cane baratunganigwa aho tuja kwumva anne yagiye gusaba akazi ahantu agaca asanga ariko agasaba eloge.
haa! Ibaze uwari kuba umu mabuja akabumukozi, wewe uriki urasoma iyinkuru usome utahura.
.
.
.
.
Ndagizati usome utahura kabisa aho umuntu asubira kuvyo yataye,
Dusubire inyuma gato twigarukire kumuhana kwa Desire aho anne yaramaze gukwerwa na Desire nkahumunga yari impene:
Turabona Desire amubwiye ngo:
Desire:jewe tugira twihurire mwuyu mwanya.
Ahorero anne yararize cane yamara biba ivyubusa, nyene yaravuzengo:
anne: chr mbabarira kuko jewe sinashatse kubigenza ukuvyiyumvira.
desire: nyinyinyinyi! Kazibe ntusubire kuvugikintu nakimwe. Aharero wibazako vyose ntabizi? Wabonye nihoreye ngo nuko noba ntabizi? Ubu rero nkeneyeko umbwira nyenirya karangamuntu yawamusi. Utamumbwiye urambona uwondiwe.
heeeh!! Attention ngahahantu anne akahava araza gushima,
ikomerez wirabire,
anne wewe tubona neza yibuzuwariwe kweli akiyumvirati: ndiko ndarota cnke? nisinema ndikubona??oya ntibishoboka.
Niho mwako kanya yatorakenge acaravugati:
anne: jejeje je jewe chr nunu nukuri sinshakako woshavura kuko naragukunze. Nubwo vyagenze kurya ndacagukunda.
desire: non! Ntusubire kuvugikintu nakimwe, kuko ivyanje nawe vyamvuye mumutwe shaka ufute kuko narakwihanganiye kuva kera none ubu wibonyeko urumugabo murugo ngo utanciyinyuma ngo ntiwoba urumuntu. Ubunyene mbone watekeye utwawe twose uzinduke ujakwuwo mwashimanye kuko ivyo mwayaze navyumvise!!
ahohose hari nka satanu yijoro irenga.
.
.
.
★Ohh!! Mbega yemw vyose anne siw yavyikwegey? Hewe ngo akabigira kabizi karyimboga karitse. Ubu anne ntagiye kuburicepfo nicaruguru ahazokwirukanigwa ataribuje guharikwa ko claude afisumugore n'abana!
.
.
.
Murakokanya desire yarakaye cane nishavu nakantu kuko yaciye yibukako anne akomeye nawe adakomeye.
.
.
.
.
🟡Ntivyatevye rero bwarakeye nka cumi nazibiri zigitondo aho tubona desire avyutse abwira anne ngo:
desire:Chr nako anne kuko ntugikwiye kwitwa chr wanj kuko waramaze kubonako ntakwirany nawe urafisuwuhamagara chr.
anne: nukuri chr,,,,
desire: nakubwiye ibagirwa iryozina, ubunyene kwanza nkeneye kubona wamviriye murupangu uje iyowashimye kuko ngaha warahagaye kandi narakubwiyeko atamwiherero nzosubira gukoranya ngirango uravyibuka, ubu nkeneyeko muminota itarenga 4 nigice ko ntazoba ndiko ndakubona ngaha.
Ntivyatevye desire yakomeje kurakara anne we yiyumvirango araza kwisubirako yamara wapi.
Turumva anne avuzati:
anne:jew simvaha kuko narahaterey igikumu.
desire: mparure rimwe, kabiri, gatatu wagiye!
anne: jeje je j j we simvaha.
tubona desir yigiriy munz nkahumeng arabihevy catubona agaruts yifitiy agakoni kicuma #agaferabeto..... anne naw ngabibone umutima ngo:kwaa!
Desire acaravugati:. Uragend canke ntugenda?
anne: singenda nanj koricushaka. Huum! Mbegumunt agifyina kubant bubu ngo nimikino! Haa!
rek tubone desir aravy kumukubit agatim gaca karagaruka!!! icoyakoz yarafash anne araburuta ninyuma yurupang acariyugarir arigir anne asigar ngaho na fone acaramwaka.
🟠 Ntivyatevy desir yarifatiy imodoka yiw arigir kukaz kiwe anne nawe asigara nivyiw inyuma yurupangu aho kabisa yarimyaku kuriwe kand kuvy yiteye.
umurango warakuz yamar anne ntanugwasha yarafis ngwarye nibiyoba!! inzara yaramufashe abura nukunt abwir claude ko yasohow kuber we! Aho vyanseko anataha iwabo ngo atume aguma muhra ngo mpak desir agaruts ng amwinjize.
Turavy nez ijor ryaragez anne nawe ivyiyumvir biramwuzur ninzar nakant, aho azohav ajagusega nka mayibobo, yakomej kurindir k desir ataha yamar desir ntiyatashe anne noneho acatangura kwibaza icatumy adataha atakibona.
Mwiryojor anne umutima waramuvuyemw aho yararindiriyek Imana ariy yikorera!!!
Ngahonyene turabona anne abonyimodoka ije akibazako ari desire yamara ntiyariwe yari eloge!!
erega iryavuzwe riratashe, aho eloge yamubony mwibarabar kubera amatar yarikanz aravye nez acabona ni anne.
kurikira twumv ivyakurikiy ahonyene eloge yamubajij ati:
eloge: bit wewe? Kumeng usanumunt yitwa Anne?
anne: namahor muntu. Oyahubwo ntiwihenz ndiwe. ( Anne we ntiyari yamumenye kubera kubwububoss bwa eloge ntayarakimumenya.)
eloge: kuringah namaki none?
anne: hew sivyo kuvuga aha ndahagorewe umugabo yantaye aha simfisicepfo nicaruguru.
eloge: none urarahe? Urafisahurara?
anne: oyaha nukuri ahubwo mwojakumpa indaro mwoba mukoze.
eloge: urira njekuguha indaro ntubure ahuryama.
niho anne yuriye imodoka baragenda anne acakomeza kumubaza izina!!
eloge acamubwirati: anne nyihweza neza uraza kumenya kuko twarabanye imisi itari mike.
Anne acarihweza ariko kumumenya wapi.
Barakomez urugend yamar anne akabona agendaca munzira baciyemwo wamusi barikumw na jeanette wamusi bari bagiye kuri mariage ya eloge.
anne niho yaca amubwirati: hemwe, nukuri sinigeze nkwibuka.
eloge ati: Anne, jewe ndi #eloge umwe waheba yaragukunda cane!!!
anne(acarakangukwa): ngo? Eloge nzi?oyaha!!! ndi mundoto canke?
eloge: nturi mundoto ivyo ndakubwiye birukonyene.
🔥🔥🔥ahohose bari bashitse muhira kwa eloge; aho anne yaciye atangura kwibazati:
Mana ubu koko jewe ngiye kurara kumuhungu nataye nkicimbwihaze??nukuri numva😰•••••••••••••••••••••••••••••••
.
.
.
.
✔️Yooh! Ubu kweli anne nyene agiye kubho gt? Ubwo kweli desire azokwiyumvira kumucura? Cnke se claude ubu bizogenda gt aho anne azovyarira akamushira umwana? Ese nyene kotwumva eloge amujanye, ubwo anne niyamwiganira ivyiwe arahava amubwirati bandanya cank aramuhakazi muvyashara vyiwe?
✔️Muhezagirwe abariko mudufasha mukudutora muri ya compétition turimwo mukugira *888*8# kubakoresha carte_sim ya Econet-leo, ndanashimira abadutoye incuro nyinshi ndetse nimwe kuko insoronsoro irwira iyija!!!
ndabatumiye kandi kudutora ncuti,murakoze!!
dufyonda *888*8# .👏🏼🙏
⚫Rero ushaka kubandanya ukurikirana iyinkuru yose atagice nakimwe kigucitse, nufyonde suivre kuriyi page yitwa👉 IFL

image

yinjiye muri Restaurant_Bar mu gisagara ca Bujumbura aca asanga ibibanza vyose vyo kwicaramwo vyaheze kuko vyari vyuzuye vyose ama couples (abakundanye :umuhungu n'umukobwa) , niko Gasore guca yiyumvira gusubira inyuma ariko biramwanka munda aca yitoresha telefone yiyitabisha ubusa aca avugira hejuru bose bavyumva ngo:
«ALLO ALLO MUGENZI URIHE?NYARUKA KURI YA RESTAURANT_BAR DUKUNDA GUTERAMIRAKO URABE IBARA RYAGUYE. BURYA NAGUMYE NKUBWIRA KO AKUVANGA NAWE UKAGUMA UHARIRA, NYARUKA UVYIRABIRE UBUHO NAMWIBONEYE ARIKUMWE N'UWUNDI MUHUNGU NTAZI NYARUKA NKO MIMINOTA ITANU UZE KUBA UHASHITSE»
🔥Yeee, Burya Gasore yahejeje kwiyitabisha ubusa kuriyo TEREFONE acabona abakobwa nka bose bariko bacanacanako basohoka bava muriyo Restaurant_Bar bahunga cane hanyuma Gasore aca yironkera ikibanza uko co kwicaramwo.🤣
♦♦♦
✓Nihatari.
✓Mukanya turabandanya nayankuru yacu.
✓partager mbahe utundi dukuru.
⚫Hama ushaka kubandanya uronka udukuru twinshi, nufyonde suivre kuriyi page yitwa👉 IFL

image

#kutagira_abagenzi_ntaco_wanze
#part 13 🌿🧡☘️
⚫Muri Part 12; Duheruka fiacre ashiriye invitation bruce na jure,
fiacre:narimbazaniye ubutumire.
bruce:aaah ok turabe.
fiacre:nimwakire.
🔥Rero bruce na jure baciye bitwengera bongera bavuga ngo :
jure:ntanisoni ugira!!! uradutumira ugira utwarumukoshi nkuyu?
jimyyandabira nawe!!!igikecuru cavyariye iwabo numuryango ukagita nicugira urongore?nkubaze gato:kabandi bahora batwara imbwakazi nkizi aruko zifise amahera, jeanne nawe wamushimyiki?
fiacre:murakoze gutuka uwonkunda.
jure:nguwukunda?ahubwo mvamumaso kuko numva urikunshisha,mbega uribuka ukuntu diane yagukunda?
fiacre:urukundo rukora ivyarwo.
fiacre yaciye yitahira.
jure:man umva, tubwire abotwiganye nabagenzi bacu bose ntibazoje mwuyumukoshi ngo ni mariage.
jumy:ivyo nivyo.
.
.
.
⬛Turabona Princia wewe yatanguye akazi ariko kubera harikure acabwira masoeur ngo:
Princia : masoeur, mwarandeze ndagera mubigero, ubu nashaka nje gupanga inzu kubera ndabona ndabagora cane.
masoeur:ntakibazo gusa uzoze uribuka impanuro zacu kandi uzurasimba kuturamutsa.
Princia:nzoza kweri,none noreka kuza kwirabira abavyeyi?
masoeur:uze witonde mwananje ahohanze siheza.
.
.
Turabona fiacre muhira nawe atameze neza kuko abo yatumira nkabose baca bamutuka ngo numusazi ntakuntu yotwara uwavyariye iwabo.
mama fiacre:fia urarwaye se?
fiacre:mama nukuri jew abantu bangeze ahantu bose baguma bantuka ngo ntibumva ingene nokunda umukobwa yavyaye ngonarize kaminuza!
mama fiacre:fia ntibaguce intege, jeanne numwana mwiza yarahindutse, siwe wenyene yacumuye nuko gusa yavyaye bica bimenyekana kamaze kubikora nayubundi nabandi barabiko mbona abubu batoroshe.
fiacre:erega bazohava bataza nomuri mariage.
mama:barareka buzokira gutaha.
.
.
.
🔲Turabona Princia nawe ahapanze hari abandi bakobwa 2 diane na diella,
diane:tuje gutemberera uyomukobwa aheruka kuza gupangaha.
diella:ego shaa tunamumenye.
diane:bite?nisawa?
princia:ndashima.
dorine:kutavuga?
🔥🔥Princia:wapi shaa ndavuga nari nabuze akanya ahubwo ngo tuyage.
diella:wishinga akazi.
princia:ego shaaa karamfatira sana.
diane:none nubu muri week end uzojayo?
princia:wapi,hanyuma ntimwambwiye amazina.
dorine:jew nitwa dorine.
diella:nanj ni diella.
princia:nanj ni princia.
dorine:turungutse umugenzi.
diella:ahubwuyumusi turajana gutembera.
princia:dutembera he?
diella:tuje muri boite gusama akayaga dutambe akaziki tunaruhurire ubwonko.
princia:nagira nibindi,wapi jewe ivyo ntavyo njamwo.
dorine:tugende kurya ubuzima kuko nibuto cane wangu.
princia:wapi,ahubwo ngiranje kwiramukiriza masoeur.
diella:ntakundi tuzojane undi musi.
.
.
.
.
.
◼️Inyuma yukwezi turabona fiacre na jeanne bagize mariage;tubabona bibereye mucumba,
jeanne:chu mpimbarwa nurukundo unyereka.
fiacre:chuchu ndagukunda cane niyompamvu nemeye gufatwa nabi nabagenzi.
jeane:chu vyose narabibony nanje ninayompamvu niyemeje kugukunda bitagereranywa kugira nkwibagize vyose maze bose bazobone kutihenze mukumpitamwo.
fiacre:bb uze wibuke iryosezerano umpaye,uziko bantwenga ngo narabuze akazi kubera ngonakunze abagore?
jeanne:humura chr wanje,Imana yishurira kugihe.
fiacre:chu naho bose bonyanka wewe ngufise ntabwoba nogira.
jeanne:wouuh nanje sinzohemuka mukundwa.
.
.
◾Turabona inyuma yumwaka willy yamaze kaminuza arikwa princia,
princia:waaaao,karibu bb.
willy:merci chr wnj.
princia:Bb u•••••••••••••••••••••
✓Loading Part14
✓Birahererahe???
✓urugo rwa fiacre na jeanne murubona gute???
⚫Rero ushaka kuzokurikirana iyinkuru yose atagice nakimwe kigucitse, nufyonde suivre kuriyi page izocako ibice vyose yitwa👉 IFL

image

#kutagira_abagenzi_ntaco_wanze
#part 2 🌹💕💕🌹
⚫Muri Part 1; Duheruka Willy na Princia bariko barataha bavuye kwishure maze Willy abwiye Princia ngo :
Willy: Princi, turacari bato ariko jewe ndumva ndagukunda kandi jewe numva kuba ahuri arivyo vyompa amahoro!!! ndagukunda kandi sinshaka kowoba umubikira.
🔥Princia nawe yaciye yishura Willy ngo :
Princia: Willy turacari bato kandi jewe sindagera gukundana, gusa jewe sinokubesha sinkwanka kandi jewe nububikira ndabwiyumvamwo,rero singuhakaniye canke ngo nkwemerere.
Willy: Princia Imana yakuremye ikampa numutima ugukunda niyizotuma dukundana.
Princia:ahaaaa,reka tuvyizere .
Rero Princia na Willy bashitse aho batandukanira Willy yamusavye ngo amuhe aka bizu!!
Princia: Willy reka gusarisha masoeur ntamfate ngo anyirukane.
Willy: apu!! arigera asohoka aha hanze?
Princia: oya, bayi ahubwo.
Willy:bayiii!
Rero Princia yarinjiye acasanga masoeur ari mugisabisho!!
Tubona hari uwundi mubikira ariko avugana na Princia:
Princia:mama arihe?
Masoeur: ngo?nyoko?reka kutwambika ibara twe ntituvyara!!
Princia: none kariwe yampagarikiye kwibatisimu jewe ndamwita mama.
Masoeur: nyoko nibarabara ahobagutoye,ahubwo nukutuviraho!!
😭Ahonyene Princia yaciye arira cane kuko yaciye yibuka ko kurupapuro ata se atana nyina banditseko kuko batazwi!!
Rero masoeur yamutoye yaraje acasanga arikararira hama acaramubaza ngo:
Masoeur: ubayiki Princi?
Princia acaramubwira vyose uko bigenze.
Princia: kuki koko?nopfuma nipfira nkava kuriyisi kuko siyanje.....
Masoeur: Princi nureke kwicuza Imana yakuremye igufiseko umugambi,niwihanganire abagutuka ivyo bizohera.
Princia: ariko masoeur kuki bagenzawe batankunda nkuko wewe unkunda?
Masoeur: nibisanzwe kwisi abantu ntituboma ibintu kumwe.
Princia: isi irakwigisha udafise amakaye.
Masoeur: Princi nugukunda gusenga kugira Yezu aguhe ubwitonzi.
.
.
.
.
.
🔲Turabona ka Willy muhira iwabo kariko koza amasahani aho mama wiwe yaramuhamagaye,
Mama: Willy!!!
Willy: saaaa,
mama:ingurabe David aje kukuramutsa.
Willy:inde?Princia?
Mama:ngo?mbe Willy kukunda kuvuga Princia nuwahe?kandi Willy wewe wasaze ukiri muto.
Willy:wapi maman ntanakimwee, Davi karibu.
David:narinje twige vyabiharuro.
Willy:hinge gato mpeze kwoza ivyombo.
.
.
.
.
◼️Reka tubone inyuma y'indwi aho Willy yari yagiye kwa Princia kumwigisha ibiharuro ubonako examen zari zatanguye.
Tubona umubikira atarumwe yatora Princia aje agashika abatuka ngo:
Umubikira: Princia, ikikigo sicugusambaniramwo.
Willy: kuki utubesheye?aha turiko dusambana??
Umubikira: ahubwo Princia nukukwirukana mwe na nyoko.
🔥🔥Rero Princia vyaramubabaje cane acavuga ngo:
Princia: masoeur uribuka konanje ndumuntu ivyambayeko ntaruhara nabigizemwo, kandi nanje ndumukobwa nkabandi ejo nshobora kuba umumama canke umubikira nkawe.
Rero uwo mubikira yatangajwe nayo majambo maze acaragenda atanicavuze.
Willy nawe yabandanije yigisha Princia ariko tubona Princia atabifata kubera agahinda yarafise kumutima.
.
.
.
.
◻️Haciye iminsi,Willy yagerageje kumuba hafi ariko tubona Princia ari muri étude kwishure aguma asinzira kubwivyiyumviro,
Willy: kutiga uguma usinzira?
Princia:ntamashure yanje nkwiye kwipfira!
Willy:Princia urumwamikazi wanje nkubuze sinobaho nanje nopfa.
.
.
Princia yahaye Willy aka biscuit maze Willy acarakamutamika!!
Aho abandi bari muri pause ariko tubona hari uwababonye maze binjiye baca batangura kubazomera.
Princia nawe vyamwongerereje agahinda acarataha hataranagera.
.
.
.
.
.
◾Tubona masoeur ahari mugisabisho maze acayumva ijwi mumutima ngo:umpamira iki??
Masoeur yaciye yibuka ukuntu atuka Princia maze tubona atanguye kurira acarasohoka aja kuraba Princia acasanga araryamye, acashika amubwira ngo :
Masoeur : Princia !!
Princia:saaa!
Rero Princia yabonye ari wa masoeur amwanka acatangura kurira avuga ngo mbabarira.😢😭
Masoeur: yooo,mbabarira mwana wanje.
Princia:nkubabarire wacumuye?ahubwo mbabarira jewe nakubereye igitsitaza.😓
Masoeuryaha,ahubwo mbabarira Princia narakosheje cane kubwukugufata nabi ahokukubera umuvyeyi.
Princia: ndarota canke?
Ahonyene uwo mu masoeur amosozi yaciye aza mumaso hama acavuga ngo :
Masoeur :Princia ndakwinginze umbabarire naraguhemukiye cane mukugufata nabi!!!sinzongera mbabarira!!!
Princia: masoeur ndakubabariye kandi numva nezerewe!
masoeur:merci mwana wanje.
.
.
.
.
.
🔘Turabona bukeye Princia aja kwishure aryohewe cane kukubona mukibikira atawumuraba nabi.
.
.
.
.
•Turabona kwishure Princia arikumwe na Willy,
Princia:Willy ntiwokwumva umunezero mfinse!!!Umva, mukibikira bose basigaye bankunda.
Willy:waaouh,nanje birampimbaye cane.
Princia:raba aha mwisakoshi biscuits yampaye!!!
Willy: usigaye urumwamikazi!!
Princia:vaho,tuje hamwe musi yigiti kubirya.
.
.
Rero baragiye baca batangura kubirya,
Princia:asama ngutamike mbe ndimenyereza ububikira.
Willy:Princi uzobumubikira?
Princia:ego cane!!
Ubwonyene Willy yaciye ahaguruka arigira....Princia nawe yaciye amufata ukuboko aramukwega,
Princia: kushavuye?
Willy:Princia, jewe sinobura gushavura mugihe ushaka kuba umubikira nanje narakubwiyeko ndagukunda n'umutima wanje wose!!!
Princia: ntushavure basi!!
Willy: jewe mbere mbisa ngira ngende!!
Princia: Willy utambesha urankunda?
Willy: basi reka mbisubiremwo, jewe ndagukunda n'umutima wanje wose!!!
Niho rero Princia nudusoni twinshi yaca abwira Willy ngo: merci kandi nanje ndagukunda🌷💕🌷
Willy yumvisuko yarishimye cane!!!!!
Willy:Chr merci beaucoup ndaryohewe cane kandi nshaka tuzogume twikundaniye.
Princia: Chu humura Imana izobikora kandi ishaka ry'Imana rizoturangukako.
Hahaaa,baciye basubira mukirori cukurya ibisuguti.
Rero urukundo rwabo rwarakomeje!!!
.
.
.
.
.
•INYUMA Y'IMYAKA ITATU;
⬛Tubona Princia bamuhaye kwiga internat ariko Willy wewe bamuhaye kwiga externat.
Turabona kumusi wokuja kwishure Princia arikumwe na Willy,
Willy:Chr ntuzompemukire kuko ndagukunda cane!
Princia:Bb jewe icotuma nguhemukira nigihe noba umubikira,nayo umuhungu ntawogusubirira mubuzima bwanje.
Willy: Chu nanje nukwo,ukaba umubikira jewe nziyahura.
Princiaya Chr wanje ahubwo uzonkeza.
Willy: ndagukeza uzoba umpemukiye!!!
.
.
.
.
•HACIYE INDWI,
💠Reka tubone Princia muri internat yamaze kuhamenyera,turabona umuhungu yitwa Bobo yaje kudraga(kuresha,gutereta, gupanga🤣) Princia.
Bobo: Princia burya jewe kuva uje sindatora agatiro.
Princia:Maana yanje, ivyo ntaribwumve!!ivyo nibiki??
Bobo: Princia nukuri jewe ndagukunda,kandi sugufyina.!
🔥🔥🔥Yeeeeeeeeee, Princia nawe yaciye••••••••••••••••••••••••
✓Iyo yari Part2
✓Mumfanshe gukora #partager tubandany
⚫Rero ushaka kuzokurikirana iyinkuru yose atagice nakimwe kigucitse, nufyonde suivre kuriyi page izocako ibice vyose yitwa👉 IFL

image