*STAND UP FOR EVODIE AROMA ISHIMWE*
N'umwigeme yitwa Evodie Aroma ISHIMWE w'imyaka 23 yonyene ariko abaganga bakaba basanze amafyigo yiwe yose agwaye bikomeye
Ni muriyo nzira rero hateguwe igiteramo co kwegeranya uburyo bwo gushobora kuvuzwa kugira asubire kugira amagara meza .
Ico giteramo gitegekanijwe kuruno wa gatanu itariki 7/05 kuri *INGO BAR* guhera isaha cumi na zibiri zumugoroba(18h).
Interanyu yanyu mukibanza gisanzwe ni
5000 fbu
Mukibanza c'iteka Vip:10000fbu
Gurtyo rero hazoba hari n'abaririmvyi benshi ,aba comédiens aba DJs bashimye guterera mukuzobateramisha mw'ico giteramo
Kaze muri benshi tugire ico duterereye kubuzima bw'umuvukanyi MURAKOZE.
Ngendakuriyo Leonidas
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Léa Igirimbabazi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?