Nk'uko #mwavyumvise, nerekeje muri Leta zunze Ubumwe za #amerika muri US-Africa #summit.
Njanwe n'ibintu #bitatu, harimwo #ikibabaje abatari bake #najewe nyene ndimwo.
Ico naco si ikindi, ni #umuvuduko muto cane wa #internete mu Gihugu.
Iyo Igihigu gifise #internet yikwega, n'iterambere #ririkwega, maze n'urwaruka rwari kwiremera akazi, bikarangira #birunaniye kunera rwabuze #internet yo kwifashisha.
Ngiye #kurondera abofasha mu #kuronsa abeneburundi ama #carte sim afatanye na #satelite, akora kuri internet gusa #adatelefona, ariko afise #umuvuduko udasanzwe.
Iki #kintu we wumva cari #gikenewe uravye uko internet #yifashe aho uherereye?
Imana ihezagire urugendo
Ndashimiye cane abantu mumaze kwitabira uru rubuga Gasape SN. Ndabasezeraniye ntakekeranya ko nzokora ibishoboka vyose kugira ngo uru rubuga rube intangarugero kw’isi yose.
Ndifuza ko uru rubuga ruzoba urubuga rutungisha abantu atari urutabakenesha. Iri jambo mperejeko muzoribona niyo mwaduha icizere maze mukagumana natwe kuruta uko muja ku zindi.
Ndabakunda cane
Sylpice Ndayisaba
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Tungabose Tharcisse
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Albert NDEZWENAYO
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?