Kuba muremure ça génère des revenus💀
🔴Ko bikaze.
Uwu #mugabo ari kumwe na wa #mukozi wanyu Perry Saxe #gateka, aba muri UAE, ari mu #bantu bane #barebare cane kw’isi.
Kugira #wifotozanye nawe, akurihisha #amadorali 30, ni nk’100.000 vy’#amarundi.
Aho #bahurira muri UAE, Perry Saxe yemeye ko #sosiyete Gasape SN imuriha #amahera kanaka kugira ngo #ayikoreshe kw'iteka ry'Uburundi, maze abamukeneye #bayimuganiririzeko, izina akoresha ni thetalestman
Ariko kandi #bumvikanye ko hamwe atobandanya #ayikoresha, azoca ariha #gasape SN amahera yamuhaye, #yongeyeko n’inyungu y’ibice 70 kw’#ijana.
Ukaba ushaka #kumuganiriza rero, kaze wugurure #ikonte kuri Gasape maze muganire ukuri #kwamye.
Tubamenyeshe kandi ko #ibikorwa vyajanye uwu #murundi muri UAE biriko biragenda neza, #raporo, ni aha nyene.
Nta #bantu ngaho iwanyu bahora #bihagararako ngo ni #barebare?
Babwirire aha muri #komanteri ko hari #ababasumvya uburebure kure n’#iyo.
Bimenyi Jodie
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Kabura Justin
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?