@Satb Ati ntagufuta indirimbo zabanyamahanga canke kubabuza kuza ngaha.
Ahubwo nimubihoze mukunde cane abaririmvyi bacu
Mureke ama comentaire abacafuza kumbuga zabo mubateramashurwe.
Niho nabateguribiteramo bazobona ko bakomeye
Ijambo URUKATO INKEBE nayandi yogusuzugura umuziki baba bakoze bihagarare.
Volume yindirimbo yumurundi ibe nini cane
Ivyo nivyo yaraye avugiye muri Presse conférence aho yitezwe kumurikira.
#newalbum #helloafrica
Ni #Fulgence umuhinga mugucukumbura inkuru
Inkuru nyishi nandika si ngombwa ko uzemera kuko nanje ndazisoma mubitabo canke nkaraba documentation ntabindi.ni wewe kuvyanka canke kuvyemera.
Twagiye rero
Abantu beshi Baribaza itandukaniro hagati ya Aliens na Anunaki. Abantu beshi barongera bakibaza uko ibi biremwa biteye kuko vyamyeho guhera mukinjana cambere.Aliens hamwe na Anunaki nibiremwa vyamyeho kuva mumyaka ya kera gose , kandi vyaza hano kwisi kwigisha abantu bo ngaha kw’isi ubumenye butari buzwi hano kwesi. Abakurikirana inkuru zanje narababwiye ivyerekeranye na Atlantis kandi mwarabonye icuma cakora nka Computer co mumyaka ya kera cane. Mwibuke ko nababwiye ko hari abamalayika bari baraje kwigisha abantu bo muri Atlantis kubijanye na technology nibindi bitangaje mumaso y’umuntu.Anunaki Ni bande? Kubantu bitwa abapagani mwico gihe babita Imanaanunaki kubera batari bazi iyo baje baturuka . Reka mbere n’abana bavyaye kubantu babita imana neflin kandi bakabasenga ngo kandi bari abazungu. Anunaki bamanukiye kumusozi witwa helmoni baturutse iyo mwijuru . Kugeza ubu tuvugana kumusozi helmon hari ibiro bikuru vya UN kandi hari ibiranga vyishi vya anunaki.zakaria zerchin yavuze yuko anunaki baje hano kwisi baje gutora inzahabu.ICO BAKOZE BAMAZE GUSHIKA HANO KWISI BAKOZE ABANTU KUGIRA BAZOBAFASHE KWIMBA INZAHABU . MUNYUMA NIHO BAMWE MUBWOKO BWABANUNAKI BABABAZWA NUKUBONA UKUNTU UMUNTU YAKORESHWA KUNKONI BAHITA BACANAMWO BO KURIBO. EGO NIVYO KUKO NO MURI AFRICA YEPHO HARI IBIROMBWE VYIMVYEMWO INZAHABU GUSHIKA UNO MUSI NTANUMWE AZI UWOBA YARIVYE IZO NZAHABU. IBINTU BIGEZWEHO MWIKI GIHE CACU NI ALIENS KANDI NAZO ZIVANZEMWO UBWOKO BW’ABANUNAKI.MUMWAKA WA 5.000 B.C.E TITANS CANKE NEFLIN BAVYARANYE ABANA N’UMUNTU YIRABURA AKABA ARIHO HACIYE HAVUKA UMUZUNGU.SINZI KO MWOBA MUMAZE KWUNVA INKURU YAVUGA YUKO IBIVAJURU VYAZA KUVYARANA N’ABANTU BAKERA BARI BATUYE MURI URUNDIRWANDA MUMYAKA YAKERA.KESHI WAKUNDA KUNVA BAVUGA YUKO KANAKA YAVYARANYE NIKIVAJU. REKA NTIVYAHEREYE NGAHO KUKO HARI N’ABAMI BUBURUNDI BARI BAVANZE N’IBIVAJURU. IVYO BIVAJURU NDABABWIYE RERO VYARI BIFISE UBUSHOBOZI BWO KWIHINDU UMWIRABURE AKABA ARI NACO GITUMA UMUZUNGU ATAGIRA ICO TWITA MELANIN KANDI NINACO GITUMA ATAGUFA RYUMUZUNGU YABAYEHO GUHERA MUMWAKA WA 7.000 B.C.E. IYI RERO NINTAMBARA IKOMEYE CANE CANE HAGATI YABANTU BERA N’ABIRABURE KUKO ABAIRABURE BADACIYE UBWENGE HAKIRI KARE HAZOGERA IGIHE ABIRABURE KWISI YOSE BAZOZA BARASAZA NO GUPFA MUMYAKA 30 GUSA. REKA RERO TUDATINZE DUSIMBIRE HARIYA MURI SUMELIA. MURI SUMELIA NIHO HATANGUYE KUBONEKANA IBINTU VYUBWENGE KANDI BIGEZWEHO KWISI YOSE GUHERA MUMWAKA WA 4.500-2000 BC HARIYA MURI MISOPOTAMIA IKABA ARIYO IRAQ YUBU.TURETSE NIVYO UMUSHAKASHATSI ZAKARIA SELCHIN MUGITABO CIWE {THE S}YANDITSE CO MUMWAKA WA 1976 KIRASIGURA NEZA INYANDIKO Z’IMANA YA SUMERIA BATAZIRA ENKI. IYO NYANDIKO YAVUGA ITI; ENKI N’UMWANA WA ANU UMWAMI W’ISI YITWA NIBIRU. ANUNNAKI NUBWOKO BWABANDI BANTU{IMANA Z’ISI NIJURU} BAJE BATURUTSE KW’ISI TWITA NIBIRU BAJE HANO DUTUYE KWIMBA INZAHABU ZIZOKORESHWA MUKWUBAKA ISI YABO. ISI NIBIRU IZUNGURUKA IZUBA MUMYAKA 3600.KUBERA YUKO BARI BAKENYE INZAHABU ENKI YAHISE AREMA ABANTU MWISHUSHO RYIWE KUGIRA BAZOBAKORESHE MUMIRIMO YABO YO KWIMBA INZAHABU NIBINDI VYANKENEGWA. WIBUKE YUKO BIMWE MUBITABO VYIMANA BIRAVUGA BITI “TUBAREME MWISHUSHO RYACU”. INGORANE ZAJE GUTANGURA MUGIHE BATANGURA KURONGORANA N’ABANTU BIREMEYE AKABA ARIHO VYACIYE BIZANA INGORA MUBWOKO BUMWE BWARI IYO MWIJURU KWISI NABABWIYE YITWA NIBIRU. ANUNNAKI BAJE HANO KWISI GUTORA INZAHABU ZO KWUBAKA ISI YABO YARI YARONONEKAYE KUBERA INTAMBARA BAGWANIYEYO BO KURIBO MUMYAKA YA KERA.ANUNNAKI NIBO BUBATSE IZO PYRAMIDS ZOSE MUBONA KWISI HAMWE NO MUNYANJA BAFADIKANIJE N’ABANA BABO BITWA NEFLIN.ABA NINABO BUBATSE IBISAGARA BITANU BIRI KUMURONGO MURI AMERICA HAMWE NARIYA MABUYE AGEREKERANYE MURI BRATAN BITA STONE ENGE.HARI VYISHI BIVUGWA KUBIJANE NA ANUNAKI KUKO HARI ABAVUGA YUKO BOBA ARI BARYA BAMARAYIKA BITA FALLEN ANGELS. ANUNNAKI NABO NYENYENE NGO MUGIHE BAZA HANO KWISI BAJE MUKINTU KIMEZE NKURUTARO GISA NA KIRYA ALIENS ZIGIRAMWO BITA UFO. AHO ANUNAKI BATANDUKANIYE NA ALIENS NUKO ANUNAKI BARI BAMEZE NK’IMISEREBANYI.
Iyi inkuru ntayandi woyikura atari kuri
#foujipromoter
Bandanya mukora j'aime na comment twi gwirize amanota muri #gasape SN
@Copyright
#fougince
#foujipromoter
#breakingnews
OFFICIEL: Raheem Sterling yasize bagenziwe bakinana m'umugwi w'igihugu ca Angleterre muri Qatar afata urugendo rumushikana mugihugu c'Ubwongereza.
Icatumye agenda nuko umuryango wiwe(umugore n'abana) watewe n'abantu bitwaje ibigwanisho
#fouji
#foujipromorer
#gasape
Manifa Ally Fabrice
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Munusu Comedian
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
IRAKOZE Elie
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?