🛑🛑wepfuza guca amahera muri trading yukuri ? wipfuza kwiga trading utiriwe uraruha kandi uriko uca amahera ukoresheje robot?
woba uzi trading nabukebuke ukaba ushaka kuvyaza umusaruro ubumenyi ufise
SOBANUKIRWA ITANDUKANIRO RIRI HAGATI YA MTFE nizindi site bivugako zikora trading nka berry canke bora
🛑MTTE numu broker nkabandi bose bakorera kuri forex hama MTFE ifise system 3 zogukoramwo trading
✅robot igukorera tranding ikaguha ingungu iri hagati ya 2% na 5% kumusi
✅trading mannuel aho baguha signal zigera kuri 3 kumusi ukunguka kugera kuri 10% kumasoko mpuzamakungu nka GOLD ,PETTROL , GAZ nizindi
✅binary trading aho baguha signal zigera kuri 10 kumusi buri signal ukunguka double yayo yakoresheje mugihe isoko yagenze neza aho ugakorera kuri BTC, ETH, canke kuma pair ya forex nka EUR/USD, GBP/USD, AUD/USD nizindi
Mbega birasaba ko uba uzi trading kugira ukore muri MTFE?
haba namba kuko muri trading ikinanira abantu benshi nico bita analyse technique et fondamentale des marchés finaciers
ivyo bigutuma wiga
guca imirongo
kutahura ama bougie
kurondera amakuru abera kwisi
yamara MTFE ivyo vyose irabigufasha ifadikanije nabahinga bayo bonyene barakora analyse namakuru bakayegeranya bagaheza bakaguha signal yuzuye yukuri itagira agasembwa
MTFE ifise robot igukorera trading wew uyiha capital ugaheza ukayugutura aho umuntu wese atazi trading aca ayugurura ikamukorera ndetse naakaryo keza yashizeho ko gufasha abantu badafise umwanya wa trading baca bikoreshereza iyo robot kandi ukayihabwa kubuntu
ikindi MTFE ifise communauté aho itanga uburyo kubatahura trading bagahurira hamwe nabandi bakigishanya trading kubantu baba bipfuza kwiga trading professionnel
✅MTFE ntibuza umuntu mugihe uzi trading ufise uruhusha rwo gukora trading 24/24 kurimasoko yose ahari
pairs forex: GBP/USD, EUR/USD, CHF/EUR, CAD/EUR, AUD/USD.......
commodités: GOLD, US OIL, GAZ,....
indices: DAX , IC500, HSI, MHI,......
stocks: google, tesla, apple,...
crypto: BTC, ETH,LTC, DOGE.,.......
SOBANUKIRWA ITANDUKANIRO RIRI HAGATI YA MTFE nizindi site bivugako zikora trading nka berry canke bora
🛑MTTE numu broker nkabandi bose bakorera kuri forex hama MTFE ifise system 3 zogukoramwo trading
✅robot igukorera tranding ikaguha ingungu iri hagati ya 2% na 5% kumusi
✅trading mannuel aho baguha signal zigera kuri 3 kumusi ukunguka kugera kuri 10% kumasoko mpuzamakungu nka GOLD ,PETTROL , GAZ nizindi
✅binary trading aho baguha signal zigera kuri 10 kumusi buri signal ukunguka double yayo yakoresheje mugihe isoko yagenze neza aho ugakorera kuri BTC, ETH, canke kuma pair ya forex nka EUR/USD, GBP/USD, AUD/USD nizindi
berry ikora spot trading aho nukugura crypto hama ukabika ukarindira ko iduga ukagurisha
🛑MTFE dukora Margin canke future trading aho dufata position twisunze ahari inguvu kuri marché hagati yaba acheteurs(abaguzi) na vendeurs (abagurisha) bo kwisi nzima
bisigura ko haba mugihe ca chute du prix turunguka kuko tuca tuja muri direction de chute(direction des vendeurs) hab mugih ca monté du prix turunguka kuko tuca tuja muri direction des acheteurs (hausse)
Berry ikorera muri crypto yonyene yikoreye nama ordinateur yabo bakamenya igihe baduza bakamanura donc ni manipulation des cryptos par leurs ordinateurs
🛑MTFE dukorera kumasoko internationnals ari controlé par les pays de puissance ntamuntu abaho kwisi ashobora kumanipula bourse financier d'un Etat comme HSI bourse de hong kong, Or ,petrol,gaz ou le DAX la bourse de france ,BTC, ETH les crypto les plus grosses du monde
MTFE ntabwo ifita coin zabo bikorera c'est du trading pure
🛑muri MTFE ama produits dukorerako trading arazwi mubijanye na trading niyo aba traders bokwisi nabo bakorerako trading donc ushobora kuzisanga kuma platforme yose yagenewe trading haba kuri intenet ziri connus
berry (bora band) crypto dukorerako kuko aribo bazikorera ntahandi ushobora kuzisanga atari kuri berry

Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Aimé Noël Willy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?