📚✍🏾 Twibukanye vya bihe...
👉🏽 Ubonye abandi bose batoye "compas" na "rapporteur" nawe ata na hamwe ubona wobikoresha.
👉🏽 Muhejeje ikibazo ukwumva bose bavuga ko batoye 48 nawe ku nyishu wakoresheje amungane gusa.
👉🏽 Mu kibazo babahaye ibibazo 4 bakababwira ko kuri vyose muza gukoresha inyishu mwatoye ku kibazo ca mbere nawe bakaba bacize "wakarose"...
👉🏽 Wahejeje ikibazo ugire uje gutanga urupapuro ukaza ubona umwigisha arinjiye kubabwira ko hari ibibazo bidakwiye neza haburamwo ama "données".
👉🏽 Uriko urabuyabuya wabuze ico wandika ukaza wumva uwusavye urundi rupapuro...
😉 Musomyi, turazi ko wemeranya natwe ko umunyeshuri ahura na vyinshi, ongerako nawe ayo wabonye.

Davis Kid
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Eustache Twagiramungu
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?