Woba ufise ingorane yo kuronka intebe za plastique? Woba wipfuza kuzikoresha mu manza, mu masengero canke mu nzu iwawe? MUCO SHOP yaje nk’inyishu. Yabazaniye intebe za plastique zigezweho, zikomeye cane, ziramba kandi zihingurirwa hano i #burundi. MUCO SHOP yazanye n’akabirya mu kugabanya ibiciro kuri izo ntebe, aho zahora zigurwa amafaranga 25 000 ubu zigiye ku mafaranga 17 000 kuri imwe imwe.
Imangazini MUCO SHOP isanzwe idandaza n’ibindi bikoresho hamwe n’utugenene vyiza, bigezweho kandi bikomeye vyo gushariza no gukoresha mu nzu,.
MUCO SHOP muyisanga mu gisagara ca #bujumbura, kw’ibarabara Boulevard Melchior Ndadaye, imbere y’aho basanzwe bita kwa Ndadaye. Mushobora kandi kutwakura kuri 75 572 807 canke kuri 75 598 917.
MAGASIN MUCO SHOP IRABAHAYE IKAZE.
Cynthia Kaneza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Allis Smith
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?