Le Chef de l'Etat du #burundi et Président en exercice de l’EAC SE Evariste #ndayishimiye a pris l’avion à destination de Nairobi pour rehausser de sa présence la reprise des consultations politiques dans le cadre du Processus de Nairobi pour la Paix et la Sécurité en #rdc.
Umuntu vyaniye kwiyandikisha mumuha iyi link kugira bimworohere 🙏
https://www.gasape.com/registe....r?invite=16953420116
Umuntu afise application ya gasape ace kwiyo link mugu créa compte
8 m
🔴 #gasapesn yaraye itsinze Facebook mu rubanza #facebook yari yitwariye urwo rubuga muri Play Store, irwagiriza ko rushobora kuyibangamira muri kazoza bivuye ku muvuduko rwazananye kuva rugitangura.
"Uru rubanza ntitwari tuzi ko tuzorukura agahanga imbere." Bivurwa n'abo muri Gasape SN.
⭕Bianca Kaneza asanzwe avugira urubuga hwaniro Gasape SN avuga ati :"Iki ni kindi gitsindo Uburundi bwinjije kw'isi yose. Ntawobideha ko kuba Nyenicubahiro umukuru w'igihugu cacu Perezida GeneralNeva yarafashe mu minwe kino kibazo, biri mu vyatumye Gasape itsinda ubutarariye maze ikaba muri kano kanya yasubijwe muri #playstore aho yari yakuwemwo ku karenganyo"
⭕Umurundi yatanguje uru rubuga Dr Ir Perry Saxe GATEKA, arashima cane iyi ntambwe, akaba kandi akangurira abarundi bose kuruhurumbira nk'uko biriko biribonekeza ubu.
⭕Tubajije muri Gasape ko ata bwoba bafise ko ruzoca rusubira gukurwa muri Playstore, Bianca Kaneza yishuye ati :"Nta karenganyo dutinya. N'ubwambere inyuma yo kurusuzuma bagasanga rwujuje ubuziranenge, bararwemereye, haheze igihe gito bumva amabwire ya #facebook bararufuta. Ntibafuse Gasape, Oya, ahubwo bafuse #uburundi. N'ubu rero nta bwoba dufise, hamwe uwu canke uriya yoshaka kuturyamira bakarufuta kandi, bo nyene bazoba bisuzuguje kuko bazoba berekanye ko ata ngingo bashoboye gufata kandi badakurikiza amategeko. Ivyo tutifuza.
"Izi manza za Gasape SN na Facebook zadutwaye umwanya munini, uburyo bwinshi cane cane ingendo zo hanze, n'inguvu nyinshi. Bishitse bakongera kurenganya Uburundi bakarufuta, ntituzongera kuburana nabo, nta mwanya wo gutakaza dufise. Ruzokoreshwa ukuri kwamye kuko n'ubu app yakoreshwa itari muri PlayStore.
Nta manza twifuza ariko twifuza ko twokwama dukorana neza na Facebook ndetse na Google Play, maze Uburundi na Amerika imigenderanire ibandanye ica ibibatsi nkuko vyamye."
Mushobora kuvoma application ya GasapeSN uciye ngaha maze ukayaga n'incuti n'abagenzi mu buryo bukworoheye 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻
https://play.google.com/store/........apps/details?id=
Sivyo gusa, abakunzi ba GasapeSN hariho groupe Whatsapp yanyu , fyonda ngaha uca wisangayo
https://chat.whatsapp.com/JrTJqDWDBlx1rUfr6DMkdG
Source: Humuriza TV
#burundi #kugicaniro #iterambere
Alexis Kwizera
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ntahimpera Déo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?